Justin øG SJn

Justin øG SJn

Share

Promotion et loisirs

26/01/2022

Get ready!!! Igisasu kije guturika ahari hasigaye kiraje vuba!!!

26/01/2022

Hey guys!! Ubwo FIFA yoba itabonako amategeko ya football na terrain aba coach bayahonyanga kwl??
Mbega umu coach!!!?

13/09/2021

Hello bantu banje💛,ntibigiy kworoha muri ,inyuma ya SSat_B Satlight KINGSSat_B Satlight KINGKING arekuye me, -boy nabo ngo twitege umurirooo.
Gusa mwibuk kugira like kuri page yacu. Mbakunda kanini

06/09/2021

Ngo yaberewe vy'ukuri? Angahe/10 ??? Le millionnaire d'aujourd'hui
B-face On The'floB-face On The'floB-face On The'flo On The'flo

04/09/2021

Congratulations to 🇧🇮

😇 "Ryari ihiganwa ridasanzwe. Intsinzi ya mbere nryoherewe kurusha izindi zose. Intsinzi naronse kubera ntadebukiwe. Ntivyari vyoroshe kuko vyasa naho ngira ndangize naniwe. Ariko nakomeje kwitanga cane... Vyari bihimbaye''

🎤 Ayo ni amajambo FRANCINE NIYONSABA yashikirije inyuma yo gutahukana itsinzi ku metero 5000 mw'ihiganwa Diamond league 2021 ryaraye ribereye i Buruseri mu Bubirigi

😘 Tubandanye dukeza Fara none ! Mbega tuzoja kumutegera ?

04/09/2021

Justin øG SJn on a work, like my page

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Website

Address


Bujumbura