The Sun sport brd

The Sun sport brd

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from The Sun sport brd, Sports Promoter, Bujumbura.

12/06/2023

L'Equipe yanditse ko Mbappe usigaje umwaka umwe muri PSG yandikiye ubuyobozi abumenyesha ko atiteguye kongera amasezerano.

PSG ntiyifuza ko yazagendera ubuntu.

9pFlorentino Perez aherutse gutangaza ko Mbappe bataramukuraho amaso ko ariko ubanza uyu mwaka bigoye.

Nyuma yo kugenda kwa Karim Benzema, umwanya wa Mbappe wahise uboneka.

Nyuma yo kugenda kwa Messi, ahazaza ha Neymar hari mu cyeragati nta mushinga uhamye wa sport uri i Paris.

Kuri Mbappe ushaka kuba umuragwa wa ruhago y'ejo, Real Madrid nicyo gihugu cy'isezerano aho azasanga Camavinga na Tchoua biyongera ku Banya🇧🇷 Vinicius & Rodrygo na Valverde.

Ese Mbappe niwe wa nyawe Real Madrid yasimbuza Benzema?

Ntiwibagire kugenda ugize suivre na j'aime kugira ubandanye uronka amakuru y'inkino agezweeho yose 🙏🙏

11/06/2023

Saidi ntibazonkiza ubushimwe aguma yegeranya akaba ahejeje gutorwa nk'umukinyi w'ukwezi mu murwi wa

Akajambo kamwe kuri saido

Ntiwibagire kugenda ugize suivre na j'aime kugira ubandanye uronka amakuru y'inkino agezweeho yose 🙏🙏

11/06/2023

Saïd ntibazonkiza ahejeje gutorwa nk'umukinyi yaranze ihiganwa rya premier League muri Tanzanie player of the Season

Akajambo kamwe kuri saido

Ntiwibagire kugenda ugize suivre na j'aime kugira ubandanye uronka amakuru y'inkino agezweeho yose 🙏

Photos from The Sun sport brd's post 11/06/2023

🔵🔴 Intamba mu Rugamba officiel muri Tanzanie 🇹🇿 !

Abakinyi benshi bahamagawe n'umumenyereza Etienne Ndayiragije baramaze gushika mu mwiherero wo kwitegurira urukino rukomeye ruzohuza Uburundi na Namibie itariki 20 /6/2023.

Aho ni kuri Mbezi beach, abakinyi bariko baratembera imbere yo gutangura imyimenyerezo y'inguvu iza kuba uno munsi isaha umunani n'igice (14h30 yo muri Tanzanie).

Gira ico ushikirije ku !

Ntiwibagire kugenda ugize suivre na j'aime kugira ubandanye uronka amakuru y'inkino agezweeho yose 🙏🙏🙏

10/06/2023

🔵🔴 Urutonde rw'abakinyi 3 ba Simba SC Tanzania bahiganirwa agashimwe kw'ukwezi kwa gatanu (Emirate Aluminium Profile Simba Fans Player of the Month).

🇨🇩 Henock Inonga
🇧🇮 Saidi Ntibazonkiza
🇹🇿 Shomari Kapombe

Akajambo kamwe kuri saido

Ntiwibagire kugenda ugize suivre na j'aime kugira ubandanye uronka amakuru y'inkino agezweeho yose 🙏

Photos from The Sun sport brd's post 10/06/2023

🔵🔴 Akajambo kuri uwo mufana wa Manchester City yamaze Kwizera ko bazotahukana igikombe ca UEFA Champions League .

Unomunsi ( 21h) : Inter de Milan vs Man City kuri stade Olympique Atatürk y'Istanbul.

Kubwawe ubona aruyuhe murwi uzaguhava ugitahukana

Ntiwibagire kugenda ugize suivre na j'aime kugira ubandanye uronka amakuru y'inkino agezweeho yose 🙏🙏

06/06/2023

🛑🚨 OFFICIAL: KARIM BENZEMA yasinye mu mugwi wa AL ITTIHAD wo muri Arabie Saoudite

Yasinye amasezerano y'imyaka ibiri harimwo n'uburyo bw'umwaka wa gatatu

Azohembwa imiriyoni hafi €200 buri sezo

[ Source: Al Ittihad ]

06/06/2023

🛑⚽BREAKING !! Ku musi wejo wambere, niho JIMMY NDAYIZEYE Umumenyereza wa yagaruka mugihugu ciza c'Uburundi.

Akaba yaramaze iminsi mugihugu c'Urwanda, amakuru dusfise yizewe nuko, Umugwi wa Kiyovu Sport inyuma yo gutakaza Igikombe munkino 2 zanyuma woba ugira umwikoreko aje kubafasha Mumwakuza.

Akaba yahora murwanda rero kuganira n'a Kiyovu Sport kandi dufise amakuru yizewe kubice 99,5% yuko yavuyeyo bamaze kwumvikana amasezerano yimyaka 2.

👉Binavugwa Ko Hariho abakinyi batanu ba Messager Ngozi ashobora kw'itwaza harimwo

1. RUKUNDO Onesime
2. MUDERI Akbar
3. KARIKERA Ibrahim
4. HAKIZIMANA Adolphe
5. VYAMUNGU Raoul

Atagihindutse rero muminsi Mike irimbere, JIMMY NDAYIZEYE aratangura akazi ko kumenyereza umugwi wa KIYOVU SPORT wo mu Rwanda.

Nkumukunzi wa Messager Ngozi uvyakiriye Gute!?

Ntiwibagire kugenda ugize suivre na j'aime kugira ubandanye uronka amakuru y'inkino agezweeho yose 🙏

04/06/2023

Official: Marcos Asension vyaheze yamaze gusinya muri Paris saint Germain

Marcos Asension agiye gusinya amasezerano y'imyaka 4 birangiye uno musore yahora muri Réal Madrid yiyunze na PSG

Ntiwibagire kugenda ugize suivre na j'aime kugira ubandanye uronka amakuru y'inkino agezweeho yose 🙏

Photos from The Sun sport brd's post 03/06/2023

🚨🏆Umugwi wa AIGLE NOIR CLUB SPORTIF uhejeje gutahukana ihiganwa ry'igikombe c'itiriwe umukuru w'igihugu Ku ncuro yabo ya kabiri

FT: AIGLE NOIR 3-1 BUMAMURU FC

Iyo migwi ibiri ni nayo uzoserukira Uburundi mu nkino zo ku mugabane wa zihuza imigwi yabaye iya mbere iwabo,Bumamuru FC muri hanyuma muri

📸 Akezasports

Ntiwibagire kugenda ugize suivre na j'aime kugira ubandanye uronka amakuru y'inkino agezweeho yose 🙏

02/06/2023

Final de coupe du président

Ubutigu burageze ngo bavyereke abagab hagati ya FC na NOIR FC ku munsi wejo hariya kuri stade umuco muri PROVENCE ya MUYINGA

Umurwi wa bumamuru ukaba ariwo ubitse ibikombe bibiri vyose biheruka kandi rwino saison rwihangiro n'ugutwara ibikombe vyose bikinirwa ngaha mu Burundi

Aigle noir nayo ati natwe turakumbuye igikombe c'umukuru w'igihugu ukaba ugiheruka muri saison 2019

Nurukino kandi ruzoba rugiye guhuza kandi imirwi umwe ufise ubusatirizi bwiza kuko bumamuru yinjije ibitsindo 71 aigle noir nayo ikaba ari umurwi ugira gatatu muri League warufise défense nziza kuko winjijwe ibitsindo 24 nayo bumamuru ukaba ugira kabiri mu mirwi yinjijwe ibitsindo bike 21

Reka turindir turab uwuzohava agitahukana

Samedi le 3/6/2023

Heure :15 h
Stade 🏟️ umuco

Nkumukunzi w'inkino ubon aruyuhe murwi uzohava ugatwara igikombe twagiye muri commentaire

Ntiwibagire kugenda ugize suivre na j'aime kugira ubandanye uronka amakuru y'inkino agezweeho yose 🙏

01/06/2023

Classement de l'élite 8 de la VBL 2023

Abonnez vous sur cette page 🙏

📷FEBABU

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Website

Address


Bujumbura