Vivanceofficial

Vivanceofficial

Share

vivanceofficial

10/12/2021

Natacha Burundi ahejeje gutahukana agashimwe ka Hipipo music awards.....

08/12/2021

Umumenyereza w'umugwi nserukirahihugu intamba murugamba wabigeme...Daniella nibimenya yanditse ikite ryogutanga imohoho mwayomabanga ...

02/12/2021

Hello tora indirimbo imwe muri commentaire muzakuryoheye kuva muri nzero gushika muri kigarama 2021...20 zambere tuzozitoramwo cumi tuzovuza muri powerplay mundwizibiri zanyuma zisozera umwaka...

29/11/2021

Yitwa madiba da classic izina ryokurondera ubugari abicishije mumuziki...wibagiye gato ba wiz designer ....berry music ...olegue...neft b ...mr giba ...b cobra ...wise ...butterfly nabandi ntavuze mumyaka yinyuma gato niwe yatanguye kwerekana ko ihinduka kubakiri bato mumuziki rishoboka aje kunganira sat b yabitanguye 2010 ....ariko ubu ndiko ndandika inonkuru madiba ntawuzi irengero ryiwe mumuziki ...mumisi iheze vyavuzwe ko vyatewe nuko yabuze papa wiwe ngwacafata ivyurugo muminwe ...hagataho yarasohoye slam yise iragi kuko kubwanje irya ntiyari indirimbo kuko yavuze ivyonokwita kwari vie privée....akaba ari muri bamwe baryimihari abatamufasha naho nawe nyene ubwiwe muri circulation yumuziki atarimwo....ubona hokogwiki iyi talent tuyigarukane vyanse mumahoro tumuzane kunkoni ?

28/11/2021

Helena hôtel gitega : hon. Reverien NDIKURIYO arikwayaga ivyaranguwe mumyaka 8 yararongoye ishirahamwe ry'umupira w'amaguru ...akazokoregwa mungata na Général Manalex....amatora ni igenekerezo rya 5 kigarama 2021...

22/09/2021

Francine niyonsaba yash*tse buja

21/09/2021

Kesho tarehe 22.9.2021...saa mbili kamili ntakua pamoja nauyu mwamba kwenye kipindi ukipendaco ca cangamka show...ebu aca swali lako kwenye comment....namba ya kusendia ujumbe mfupi ni 69863994.

21/09/2021

Natacha na manageur wiwe rapha bafashindege kuruno wakabiri igenekerezo 21.9.2021 berekeza muri tanzania ahobagiye gufata amasanamu yindirimbo ya Natacha nshasha....

26/08/2021

Gari ya msani kutokea uvira briana yapata ajari ikitokea bandarini darsalaam.....

20/08/2021

Umwanya n,umwanya Natasha arashika ibujumbura avuye mubutaliyano iyo yaramaze imisi mukaruhuko (photo nayikiye kuri post ya Edisson Ndayahoze ).

13/08/2021

Mwumva gute ?uyu yitwa D one.....

12/08/2021

Uyu mugabo yagirizwa kwadakorana nabaririmvyi bomubindi bihugu cane inyishu yarayitanze yifashishije Dear ...ideni yararyishuye canke ntimuranyurwa?...imbere yavyose ejo muhurire kuri You tube yiwe ....

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Website

Address


21av
Bujumbura