27/07/2024
Congratulations 🎊 MMonia FleurKeep shinning girl 👧 urayoboye
Jewe nawe turi umwe❤️🙏
27/07/2024
Congratulations 🎊 MMonia FleurKeep shinning girl 👧 urayoboye
21/04/2024
'o Footbal Club sacré champions primus league 2023-2024
Felicitations 🎉🎉🎉
13/04/2024
This -B the artist from Burundi
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Pasika nzizaa Mwese bakunzi banje
Christo yazutse ntakiri mumva nimuzima
02/03/2024
Niyihe ndirimbo ubona izotwara Isanganiro award 12ème édition?
01/03/2024
Your boy, on nation's services
Feel tagged my pipo 🙏🙏
26/11/2023
Mrsuperman Big Fizzo
26/11/2023
26/11/2023
yamaze kuronka itike ija muri
umurwi wambere urose itike yo gukina inkino za kuva Uburundi bubayeho
Reka tubakeze 🥳🥳
17/11/2023
Triste nouvelle
RIP
11/11/2023
Indirimbo ya Double-jay OnceAgain ihejeje gukwiza 1 million
11/11/2023
Umugwi nserukira gihugu w'abigeme badashikana imyaka 20 uraza gutana mumitwe n'umugwi Nserukira gihugu wa mu ntumbero yo kurondera itike yokuja mu gikombe c'isi c'abigeme badashikana imyaka 20 kizobera muri .
Urukino ruza kuba isaha icenda n'iminota 30 Ku kibuga .
Source: intamba mu rugamba official