Équipe Les Faucons Fc de la commune Ndava en Province Mwaro

Équipe Les Faucons Fc de la commune Ndava en Province Mwaro

Share

Equipe Faucons Fc de Matongo est une équipe de football se trouvant dans la province Mwaro,commune Ndava, Colline Matongo

09/10/2024
03/05/2024

: Mwaro

Ntimutangwe no kuza gushigikira yamigwi yanyu iriko irabica bigacika muntara ya .

Sidukana n'iyonka kuko hazoca uwambaye.

03/05/2024

🇧🇮 :

Muri za nkino za championnat ya 3eme division édition 2022, kuwa 29/ 5/ 2022, harategekanijwe Inkino 2 Muri demi finale kuri stade :

✅11h: Lumière vs Les Faucons Fc
✅14h: Pigeon Fc vs Agakura Fc

Aho ni mu ntumbero yo kurondera abazohiganirwa ikibanza co guserukira intara nziza ya .

Mwomenya ko Final izohuza ibihangange bibiri bizoba vyatsinze kuwa 5 / 6/ 2022.

Turakeje cane Les Faucons F.C bash*tse muri demi_ final

❔❔Mwebwe mubipfurije iki?


Photos from Équipe Les Faucons Fc de la commune Ndava en Province Mwaro's post 03/05/2024
03/05/2024

Amicale FC Ihejeje gusezerera Holy Team mw'ihiganwa ryigikombe citiriwe umukuru w'igihugu rwariko rubera kuri stade ingoma mukuwutsinda 1-0.

17/03/2023

Ntibikiri ibanga uyu musi niho haza guca uwambaye hagati y'umugwi nserukirakomine ya hamwe niya ku kibuga igihe c'isaha zitanu

Sidukana niyonka muze kuratira ijisho imigwi yanyu ikomeye

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Telephone

Website

Address


Bujumbura