04/09/2024
Dushigikire impano zu BURUNDI duciye kwiyi link naga HIT SONG
https://youtu.be/cIfXM7VO4lU?si=TGhdNzwTVD9g9L8u
Twagiyeeee
Diffusion de l'actualité sportif
04/09/2024
Dushigikire impano zu BURUNDI duciye kwiyi link naga HIT SONG
https://youtu.be/cIfXM7VO4lU?si=TGhdNzwTVD9g9L8u
Twagiyeeee
26/05/2024
Umviriza inondirimbo uciye Kwiyi link iraryoshe kandi Sana ndazi muraza kumbwira koyabaryoheye
https://youtu.be/SmEo60UcsRg?feature=shared
20/04/2024
⚽️⭕️ TAYALI ✅ Carlo Ancelotti ahejeje gushira hanze abakinyi bazambikana na FC Barcelona.
Inyuma yo guheza gukora imyimenyerezo yanyuma Real Madrid ishize ahabona urutonde rw'abakinyi izokoresha kuri Barça
⚪Andriy Lunin
⚪Kepa Arizabalaga
⚪Mario de Luis
⚫Dani Carvajal
⚫Eder Miltão
⚫Nacho Fernandez
⚫Lucas Vazquez
⚫Fran Garcia
⚫ Antonio Rudger
⚫Ferland Mendy
⚪Luca Modrić
⚪ Edouardo Camavinga
⚪Fede Valverde
⚪Toni Kroos
⚪ Aurélien Tchouameni
⚪Dani Ceballos
⚪ Arder Guler
⚫ Vinicius Jr
⚫ Rodrygo Goes
⚫ Joselu Mato
⚫ Brahim Diaz
Abafana ba Real Madrid mubona runo rutonde ruzabaha amanota 3 imbere ya Barça❓️
20/04/2024
⚽️⭕️Frenkie De Jong :" Abakinyi bose ba Real Madrid barakomeye, Real Madrid n'umugwi ukomeye kandi tugiye kugerageza kubatsinda."🤩🔥
Abasore ba Xavi bafise icezere kirenze😁
19/04/2024
⚽️⭕️Umugwi wa FC Barcelona utegekanya gusubira gukinira ku kibuga cawo ca Spotify Camp Nou, kw'igenekerezo rya 15 Kigarama uyu mwaka.
Ariko hazoba hemerewe kwinjira ibica 60 kw'ijana vy'abafana bagenewe kwinjira mugihe kizoba caraheze kwubakwa (abantu bababa 63.000).
(Source 🗞️ MD)
19/04/2024
🔵🟣 Réal Madrid : YOO!! Nacho Fernández kizigenza wiyi ekipe ngo yoba yamaze kumenyesha Réal Madrid KO ino sezo iheze yifuza kuzoca aganda ngo ntashaka kuzobandanya ayikinira ino sezo yumva KO ino sezo yoca ahagarika gukinira Réal Madrid yakuriyemwo yari yayijemwo muri Academy yayo afise imyaka 11
✅José Félix Diaz wa Marca ikinyamakuru cegereye Réal Madrid na Fabrizio Romano yavyemeje
18/04/2024
⚽️⭕️MUMBWIYE KO LEVERKUSEN itaroga sinovyemera, kugera kumunota wa 88 bari bariye umusumari, Jeremy Frimpong avuze ati ntiwotwatakaza amateka yacu yo kumara inkino 44 tudatsindwa🤩🔥
Liverpool na Ac Milan zasezerewe😭
WEST HAM 🏴 1-1 🇩🇪 LEVERKUSEN (SC 1-3)
⚽Antonio 13'
⚽Frimpong 89'
ROMA 🇮🇹 2-1 🇮🇹 AC MILAN (SC 3-1)
⚽Mancini 12'
⚽Dybala 22'
⚽Gabbia 85'
ATALANTA 🇮🇹 0-1 🏴 LIVERPOOL (SC 3-1)
⚽ Salah 8' (P)
PAOK 🇬🇷 0-2 🇧🇪 CLUB BRUGGE (SC 0-3)
⚽Jutgla 33'
⚽Jutgla 45'
FIORENTINA 🇮🇹 2-0 🇨🇿 VIKTORIA PLZEN (SC 2-0)
⚽Gonzalez 92'
⚽Biraghi 108'
LILLE 🇫🇷 2-1 🏴 ASTON VILLA (SC 3-3)
⚽ Yazici 15'
⚽ Andre 68'
⚽ Cash 88'
Tirs au but 🥅 3-4
AST🏴✅✅✅❌✅
LIL 🇫🇷❌✅✅✅❌
𝗘𝗠𝗜𝗟𝗜𝗔𝗡𝗢 𝗠𝗔𝗥𝗧𝗜𝗡𝗘𝗭 ni mubi🤣
Demi-Final As Roma 🆚️ Leverküsen
17/04/2024
🚨UEFA Champions League🚨
Real Madrid niyo izahura na Bayern Munich muri Kimwe cya kabiri.
Ni nyuma yo gutsinda Manchester City penariti 4-3, nyuma yo kunganya igiteranyo cy'ibitego 4-4.
17/04/2024
⚽️⭕️ NUKU IGICE CAMBERE KIRARANGIYE
HT:BAYER MUNICH 🇩🇪 0-0 🏴 ARSENAL(2-2)
MAN CITY 🏴 0-1 🇪🇸 REAL MADRID (SC 3-4)
⚽ Rodrygo 12'
Kuri Etihad Real Madrid uriko urahatsindira igitsindo 1-0 Manchester City murukino rwa UEFA Champions League !
Igitsindo kimwe catsinzwe na Rodrygo gihaye Real Madrid intambwe mugice cambere c'urikino.
Manchester City wafashe urukino kubijanye no kugumana umupira mugihe Real Madrid wo urondera ahari urusenga gusa.
UBONA BIZA KURANGIRA GUTE ❓️
16/04/2024
⚽️⭕️Xavi Hernández 🗣 :" Birababaje ! Bitewe n'amakosa akomeye yakozwe n'umuhagarikizi Champions League kuri twebwe irarangiye"
Ingingo z'umuhagarikizi nawe urazinegura❓️
16/04/2024
Dembele niwe ahejeje gutorwa nkumukinyi yaranze urukino FC Barcelone yariko irahura PSG
16/04/2024
🟠🔵 Diego Simeone umutama ibintu bimushikiye mu Budagi vyamurengeye arambarara mukibuga 😁🫢
34': Dortmund 1-0 Atletico (Agg 2-2)
39': Dortmund 2-0 Atletico (Agg 3-2)
49': Dortmund 2-1 Atletico (Agg 3-3)
64': Dortmund 2-2 Atletico (Agg 3-4)
71': Dortmund 3-2 Atletico (Agg 4-4)
74': Dortmund 4-2 Atletico (Agg 5-4)