06/12/2020
257
FT: Messager Ngozi 1-1 Young Baffaloes (Agg: 1-1)
FT: Green Eagles 2-1 Musongati FC (Agg: 4-3)
Imirwi yose yaserukiye Uburundi ikaba isezeye amahiganwa
Umurwi wa ukaba usezeye ihiganwa rya , aho n'inyuma yaho murukino rwa mbere rwabereye muri Eswatini iyo mirwi yose yari yanganije (0-0), mugihe urukino rwo gusubiririza rwariko rubera mu ntara ya Ngozi iyo mirwi inganyije igitsindo (1-1). Umurwi wa ukaba ariwo uciye uronka uburenganzira bwo kubandanya kubera igitsindo 1 batsindiye iwabo
Kurundi ruhande umurwi wa nawo nyene ukaba usezeye amahiganwa ya inyuma yaho bahejeje gutsindirwa mu gihugu ca Zambia n'umurwi wa ibitsindo (2-1), tukabibutsako mu rukino rwibanze rwari rwabereye kuri Stade iyo mirwi yose yari yanganyije ibitsindo (2-2)
02/12/2020
257
Uku nikw'inkino zose zagenze mw'ihiganwa rya kundwi yaryo ya 12 (12è journée):
01/12/2020
257
Uku nikw'inkino 3 zagenze kuruno munsi mw'ihiganwa rya
Vital'o FC 1-0 Muzinga FC
Rukinzo FC 3-2 Aigle Noir CS
Olympic Star 2-0 Les Élephants FC
01/12/2020
257
Kuva kuruno munsi ihigabwa rya riraza kubandanya kundwi yaryo ya 12 (12è journée)
28/11/2020
257
Mw'ihiganwa rya , urukino rwariko ruhuza umurwi wa hamwe n'umurwi wa wo mu gihigu ca Zambia, rukaba ruhejeje kurangira iyo mirwi yose inganya ibitsindo (2-2).
Twobamenyesha yuko iyo mirwi yose izoca itana mu mitwe mu rukino rwo gusubiririza ruzobera mu gihugu ca Zambia ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 05/12/2020
22/11/2020
257
Uku nikw'inkino 4 zagenze zirangiza indwi ya 11 mw'ihiganwa rya
Flambeau Du Centre 6-1 Kayanza United
Buja City 0-0 Inter Star
Aigle Noir CS 2-1 Les Élephants FC
Messager Ngozi 1-0 Atletico Academy
21/11/2020
257
Inkino za zo kundwi ya 11 zabandanije. Uku nikw'inkino 3 zagenze kuruno munsi:
Vital'o FC 2-0 Bumamuru FC
BS Dyanamik 1-0 Olympic Star
Muzinga FC 0-3 Musongati FC
20/11/2020
257
Urukino rumwe rwari rutegekanijwe kuruno munsi mw''ihiganwa rya rukaba rwarabgiye umurwi wa utsinze umurwi wa ibitsindo (2-1).
20/11/2020
257
Kuva kuruno munsi ihiganwa rya riraza kubandanya kundwi yaryo ya 11 (11è journée)
18/11/2020
257
Uku nikw'inkino zose zagenze mw'ihiganwa rya kundwi yaryo igira 10 (10è journée)
16/11/2020
257
Uku nikw'inkino 3 zagenze kuruno munsi mw'ihiganwa rya
16/11/2020
257
Kuva kuruno munsi ihiganwa rya riraza kubandanya kundwi yaryo ya 10 (10è journée)