22/01/2026
MEGA JACKPOT 🔥💸💸😍
💯 Mbe iyo tuvuze " MEGAJACKPOT" murayitahura⁉️ Reka tubafashe kubatahuza:
➡️ MEGAJACKPOT nimwe muri " Jeux" muri Rahisibet dutanga kugira abanywanyi bacu batigireko ariko bigakunda kubafise application gusa , iyo nayo kuyironka biroroshe ni ugufyonda kurino link " app.rahisibet.com" ubundi ikaba téléchargé.
➡️ iyo MEGAJACKPOT ikaba igizwe ni nkino 17 zose uzikinira rimwe ndetse ikiguzi ciyo ticket akaba ari 5000fbu.
➡️ MEGAJACKPOT ikaba ifise uburusho bwinshi kuburyo nobahamagarira kuyikina muri benshi ibaze nawe:
🎉🎊 iyo uyikinye ugatsinda inkino 17 kuri 17 utsindira i miliyoni 100 ( 100 000 000fbu)
🎉🎊 niyo utsinzwe urukino rumwe , nukuvuga ugatsindamwo inkino 16 muri 17 turaguha imiliyoni 5( 5 000 000fbu)
🎉🎊 niyo utsinzwe inkino 2 , nukuvuga ugatsindamwo inkino 15 muri 17 turaguha imiliyoni 2 ni nusu( 2 500 000fbu)
🎉🎊 niyo utsinzwe inkino 3 , nukuvuga ugatsindamwo inkino 15
4 muri 17 turaguha umiliyoni 1( 1 000 000fbu)
🤭🥰 Mubwize ukuri hari aho mwari bwabibone aho uwutsinzwe aronswa amahera atari muri Rahisibet honyene⁉️
🔺 Nyaragasa rero mwuguruze compte ya RAHISIBET ndetse u téléchargé na application yacu uciye kurino link ➡️ app.rahisibet.com ubundi wigeragereza amahirwe nawe🎊💶🎁🥰
☎️ Harico wipfuza kubaza Kubijanye na MEGA JACKPOT mwotwakura kuri:
Lumitel: 197
Econet Leo: 79 41 14 11
WhatsApp : 79 41 14 11
NI RAHISI NA RAHISIBET🥇💪
21/01/2026
CHAMPIONS LEAGUE🥅⚽️🔥🎫💵💥
🗓Kuruno wa wagatatu i genekerezo rya 21 janvier 2026 kuri stade Eden Aréna, i Prague 🕔Igihe ci saha Zine zijoro (22h00) u murwi wa SLAVIA Prague ri kumwanya wa 34 mu nkino 6 n'amanota 2 iza kuba yakira FC BARCELONE iri ku mwanya wa 15 mu nkino 6 n'amanota 10.
Ku bakunzi bino mirwi ngaya amanota muri RAHISIBET twazishizeko:
1.SLAVIA PRAGUE 8.60
2. Kuganya: 6.60
3. FC BARCELONE: 1.36
📲🥳 Hagati yino mirwi murahitamwo uwahe murwi muri buhe amahirwe yo gutsinda⁉️
📲 Tubibutse ko code yu mugisha yo gutigirako muri RAHISIBET ari yayindi nyene *197 #, ntihagire uwubahuvya💥🎫💵😍
📲 Nayo application kuyironka ugaca kuri iyi link 👉" app.rahisibet.com"
💻 kubakoresha i machine bo bagaca kuri🫴 www.rahisibet.com mu gukina🔥💵
Tubipfurije amahirwe kuri mwese mwahisemwo RAHISIBET ikosora muri betting😍💯
20/01/2026
CHAMPIONS LEAGUE🥅⚽️🔥🎫💵💥
🗓Kuruno wa kabiri kuri stade San Siro i Milan 🕔Igihe ci saha Zinedine zijoro (22h00) u murwi wa INTER MILAN iri kumwanya wa mbere mwihiganwa rya " SERIE A" mu butaliyano ndetse iri no mukibanza ca 6 muri champions League iza kuba kuba yakira ARSENAL iri kwisonga muri " PREMIER LEAGUE" ndetse no muri " CHAMPIONS LEAGUE".
Ku bakunzi bino mirwi ngaya amanota muri RAHISIBET twazishizeko:
1.INTER MILAN: 2.80
2. Kuganya: 3.35
3. ARSENAL: 2.80
📲🥳 Hagati yino mirwi murahitamwo uwahe murwi muri buhe amahirwe yo gutsinda⁉️
📲 Tubibutse ko code yu mugisha yo gutigirako muri RAHISIBET ari yayindi nyene *197 #, ntihagire uwubahuvya💥🎫💵😍
📲 Nayo application kuyironka ugaca kuri iyi link 👉" app.rahisibet.com"
💻 kubakoresha i machine bo bagaca kuri🫴 www.rahisibet.com mu gukina🔥💵
Tubipfurije amahirwe kuri mwese mwahisemwo RAHISIBET ikosora muri betting😍💯
19/01/2026
MEGAJACKPOT BONUSES🎊🔥💸😍🎊
Kubakinye MEGAJACKPOT mundwi iheze, nguku uko bagiye baronswa bonus ibikuzwa
💚 abatomboje inkino 16 muri 17 uzoronswa i miliyoni 5 (5 000 000 fbu ) zibikuzwa
💛abatomboje inkino 15 muri 17 uzoronswa i miliyoni 2.5 ( 2 500 000fbu ) zibikuzwa
💙 abatomboje inkino 14 muri 17 uzoronswa u muliyoni 1 ( 1 000 000fbu ) ubikuzwa
☎️ Harico wipfuza kubaza Kubijanye na MEGAJACKPOT mwotwakura kuri:
Lumitel: 197
Econet Leo: 79 41 14 11
WhatsApp : 79 41 14 11
NI RAHISI NA RAHISIBET🥇💪
17/01/2026
PREMIER LEAGUE🥅⚽️🔥🎫💵💥
🗓Kuruno wa Gatandatu , 🕔Igihe ci saha munani ni nusu z'umuhingamo (14h300) turakwirikirana DERBY yi Manchester aho umurwi wa MANCHESTER UNITED uza wakira umurwi wa MANCHESTER CITY ku kibuga ca ⛳️ Old Trafford, Stretford.
Tugarutse mu matelas nuko kuva muri 2008 gushika mu mwaka wa 2025, ino mirwi yari maze gukina inkino 50 izihuza mu bikombe bigiye bitandukanye.
Murizo ncuro zose MAN CITY niyo iza kwisonga nitsinzi 22, mugihe MAN U nayo ifise itsinzi 21, zikaba zanganyije incuro 7.
☺️ Kubwanyu mubona ariyahe équipe iri butange amahera hagati yino mirwi ibiri?
📲 Tubibutse ko code yu mugisha yo gutigirako muri RAHISIBET ari yayindi nyene *197 #, ntihagire uwubahuvya💥🎫💵😍
📲 Nayo application kuyironka ugaca kuri iyi link 👉" app.rahisibet.com"
💻 kubakoresha i machine bo bagaca kuri🫴 www.rahisibet.com mu gukina🔥💵
Tubipfurije amahirwe kuri mwese mwahisemwo RAHISIBET ikosora muri betting😍💯
15/01/2026
MEGA JACKPOT 🔥💸💸😍
💯 Muri benshi mwayikunze, muri benshi mwakomeje kuyidusaba nubu irahari kandi izohoraho ibihe vyose muri RAHISIBET☺️
🎉🎊 Tangura u mwaka neza mugutsindira i miliyoni 100 ( 100 000 000fbu) kwi i ticket gusa yawe ya ( 5000fbu) mugukina MEGAJACKPOT, .
🥰 IBAZE Nawe ukinye " MEGAJACKPOT🎉💵🔥 ugatsinda:
❤️ inkino 17 kwi 17 uzoronswa i miliyoni 100 ( 100 000 000BIF) kandi ayo mahera uhitamwo uburyo tuyaguhamwo.
💚 utakaje urukino rumwe nukuvuga igatsindamwo 16 muri 17 uzoronswa i miliyoni 5 (5 000 000 fbu ) nayone uhitamwo uburyo tuyaguhamwo
💛utakaje inkino 2 nukuvuga igatsindamwo inkino 15 muri 17 uzoronswa i miliyoni 2.5 ( 2 500 000fbu ) zibikuzwa nayone turayaguha kuri compte yawe maze ukayabikuza
💙 Utakajemwo inkino 3, nukuvuga ugatsindamwo inkino 14 muri 17 uzoronswa u muliyoni 1 ( 1 000 000fbu ) ubikuzwa
🙄 Mubwize ukuri hari aho mwari bwabibone aho uwutsinzwe aronswa amahera atari muri Rahisibet honyene⁉️ igitangaje nuko ni ticket ya Megajackpot iri kumahera 5000Fbu gusa, kandi ushobora gukina i ticket zose wipfuza kugira urwize amahirwe yo gutsinda.
🔺 Nyaragasa rero mwuguruze compte ya RAHISIBET ndetse u téléchargé na application yacu uciye kurino link ➡️ app.rahisibet.com ubundi wigeragereza amahirwe nawe🎊💶🎁🥰
☎️ Harico wipfuza kubaza Kubijanye na MEGA JACKPOT mwotwakura kuri:
Lumitel: 197
Econet Leo: 79 41 14 11
WhatsApp : 79 41 14 11
NI RAHISI NA RAHISIBET🥇💪
14/01/2026
CARABAO CUP🥅⚽️🔥🎫💵💥
🗓Kuruno wa Gatatu , 🕔Igihe ci saha zine zijoro (22h00) ⛳️ Umurwi wa CHELSEA uza kuba wakira umurwi wa ARSENAL
🤔 Hagati yino mirwi nuwahe uza kuba utsinda runo rukino⁉️
📲 Tubibutse ko code yu mugisha yo gutigirako muri RAHISIBET ari yayindi nyene *197 #, ntihagire uwubahuvya💥🎫💵😍
📲 Nayo application kuyironka ugaca kuri iyi link 👉" app.rahisibet.com"
💻 kubakoresha i machine bo bagaca kuri🫴 www.rahisibet.com mu gukina🔥💵
Tubipfurije amahirwe kuri mwese mwahisemwo RAHISIBET ikosora muri betting😍💯
13/01/2026
LEAGUE CUP🥅⚽️🔥🎫💵💥
🗓️kuruno wa kabiri,🕘 igihe c'isaha zine zihoro zijoro (22h00) kuri stade St. James Park, murwi wa NEWCASTLE UNITED uza kuba ukina nu murwi wa MANCHESTER murukino rushira urwanyuma ( Demi-Final) mugikombe ca LEAGUE CUP
Muri Rahisibet twaganuye amanota ehe raba nawe:
1. Gutsinda kumurwi wa Newcastle united twayihaye amanota: 2.90
2. Kuganya ( Match nul) : 3.75
3. Manchester city : 2.46
🤭Ibi bintu mubona bitarenze, ukinye i ticket 2 ugaha buri équipe gutsinda hama hakavamwo iyitsinda iyindi , hose uguma wungutse😋
♦️🔜Bigerageze mugutigira uciye mugutigira muciye *197 # canke kuri application yacu " app.rahisibet.com ndetse no kuri site web: www.rahisibet.com ejo muzoba mubwira🔥💸😍
Harico wipfuza kutubaza twakure canke utwandikire uciye:
☎️ lumitel : 197
📱Econet leo: 79411411
📲 Whatsapp: 79411411
💻 page facebook: Rahisibet Burundi
11/01/2026
El CLÁSICO🥅⚽️🔥🎫💵💥
🗓️Kuruno w' IMANA,🕘 igihe c'isaha zitatu zijoro (21h00) Muri ARABIE SAOUDITE🇦🇪, kuri stade ya Stade du Roi-Abdullah mugisagara ca Djeddah haraca uwambaye hagati yumurwi wa FC BARCELONE na REAL MADRID murukino rwa nyuma rw'igikombe ca Supercoupe
Tugarutse mu mateka ya EL CLÁSICO ( la liga, copa de rey, supercoupe, UEFA champions league nizindi higanwa ) isanzwe ihuza ino mirwi yibihangange nuko imaze kuba incuro 305:
❤️💙FC BARCELONE niyo iza kwisonga nitsinzi 129
🤍🤍FC Barcelone ifise itsinzi 112
⭕⭕Mugihe zanganyije incuro 64
😍 Hagati ya FC BARCELONE na REAL MADRID niyahe muri guha amahirwe yo gutsinda?
♦️🔜Inyishu zanyu tugomba kuzibonera mugutigira muciye *197 # canke kuri application yacu " app.rahisibet.com ndetse no kuri site web: www.rahisibet.com
Harico wipfuza kutubaza twakure canke utwandikire uciye:
☎️ lumitel : 197
📱Econet leo: 79411411
📲 Whatsapp: 79411411
💻 page facebook: Rahisibet Burundi
08/01/2026
PREMIER LEAGUE🥅⚽️🔥🎫💵💥
🕖Kuruno wa kane, igihe cisaha zine zijoro ( 22h00) kuri stade Emirates Stadium, i Londres umurwi wa ARSENAL uza kuba wakira umurwi wa LIVERPOOL 🔥⚽️🥅
😍 Tubibutse ko runo rukino ruri muri Tombola uko nako ikorwa:
🔴 Ukina i ticket iriko runo rukino canke rwuno munsi
🟡 ucuhejeje uca uza hano muri commentaire ukandika u tomboza : uko muri Mi-temps hagati ya ARSENAL na LIVERPOOL zizo zimaze kwinjizanye ndetse nuko urukino rwose rurangira
🟢 Ukora commentaire urukino rutaratangura ndetse muri commentaire yawe ukandika na numéro wugurujeko compte ya Rahisibet
😍 Iyo wujuje ivyo vyose bisabwa ndetse ugatsinda uca uheza ukaronswa bonus ya 500 000fbu yo gukinisha ama tickets yubuntu💸🔥
📲 Waba ukoresha téléphone ntoyi yama touche ( *197 #) canke application (app.rahisibet.com) mwese iyo tombola iraberekeye🥰🔥