01/06/2023
๐จ OFFICIEL ! KARIM BENZEMA ARAVUYE MURI REAL MADRID ! ๐ฑ๐
Imyaka 14 yari ahamaze , avuye muri agiye gusinya mu mugwi wo mugihugu ca y'imilioni 100 Mโฌ ku mwaka! โ๏ธ๐ธ๐ฆ
Ati none ko asohotse inzu yera ahasize iki:
โ
Ibikombe 5 ๐๐๐๐๐ vya
โ
Ibikombe 4 ๐๐๐๐๐ vya Mondial des Clubs
โ
Ibikombe 4 ๐๐๐๐ vya Supercoupe d'Europe
โ
Ibikombe 4 ๐๐๐๐ vya LaLiga
โ
Ibikombe 3 ๐๐๐ vya Supercoupe d'Espagne
โ
Ibikombe 3 ๐๐๐ vya Coupe du Roi
โ
๐ Ballon d'Or
โ
โฝ ibitsindo 353 yatsindiye
โ
๐ฏ amapasses 165 avamwo ibitsindo yatanze
โ
Umukinyi ava mukindi gihugu yakinye inkino nyishi arikumwe na Real
โ
Umukinyi agira 2 yatsinze ibitsindo vyinshi mumateka ya Real
uyu ni lรฉgende ๐โค๏ธ๐ซ๐ท
mukora kuri page