12/03/2026
Menya amakuru ya football
Thiago Pitarch abaye umukinyi muto cane w’Umunya-Espagne atanguye gukina mu mugwi wa mbere wa Real Madrid mu gikombe ca UEFA Champions League.
Thiago Pitarch, umukinyi wo hagati afise imyaka 18, yatanguye mu mugwi wa mbere wa Real Madrid mu rukino rwo guhura na Manchester City mu mukino wa mbere wa 1/8 ca Champions League.
Kubera ivyo, yararenze rekord yari ifiswe na Raúl González maze aba Umunya-Espagne akiri muto cane ashoboye gutangura gukina mu mugwi wa Real Madrid muri iri rushanwa. ⚽
11/03/2026
➡️➡️ inkuru iryoshe kandi ikongera ikababaza
Victor Osimhen yararize cane inyuma y’aho abafana ba Galatasaray berekanye igitambara kinini (tifo) co kwibuka no guha icubahiro nyina yapfuye akiri muto.
‘Twebwe turi umuryango, kandi umuryango ni vyose!’ ”
dusubire dukurikirane amakuru duciye kuri
kandi dukanda suivre na partage
09/01/2026
football game
dimanche a 21h00
ce video vous aide a connaître la manière utilisant pour ouvrir un compte
utiser ton téléphone comme l' emploi
28/11/2025
voilà les prédictions de ce week-end 👇👇
si vous voulez trouver un compte 1xbet ,suivez vous ce vidéo se trouvant sur la chaîne YouTube
https://youtu.be/27uBT1sqjyg?si=qWe0AhmINQhw4fQS
19/09/2025
🇪🇸 Barcelona 🆚 Getafe
🗓️ Sunday, 21 September, 2025
⏰ GMT - 19:00 | BUJA - 21:00
🏆 LaLiga - Round 05
🏟️ Estadi Johan Cruyff, Sant Joan Despí, Spain
| | | | | | |
18/09/2025
🚨 TODAY'S GAMES :
🏴 Manchester City - Napoli 🇮🇹 (21:00)
🏴 Newcastle - Barcelona 🇪🇸 (21:00)
🇵🇹 Sporting CP - Kairat Almaty 🇰🇿 (21:00)
🇧🇪 Club Brugge KV - Monaco 🇫🇷 (18:45)
🇩🇰 FC Copenhagen - Leverkusen 🇩🇪 (18:45)
🇩🇪 Frankfurt - Galatasaray 🇹🇷 (21:00)
https://youtu.be/27uBT1sqjyg?si=ZAKJbdRvdwlw2yLM 👉raba video ibereka uko bugurura 1xbet nibindi
07/05/2025
Psg vs Inter Milan
Have good preparation