10/09/2026
⚽⚽ Ushaka umwite Miburo Yaya Touré 😅😅😅
Umunyafraca wa mbere amenyereje urukino rwa UEFA CHAMPIONS LEAGUE
FT : PSG 6-1 SLOVIAN P
Page informant le sport en général au Burundi et au niveau international
10/09/2026
⚽⚽ Ushaka umwite Miburo Yaya Touré 😅😅😅
Umunyafraca wa mbere amenyereje urukino rwa UEFA CHAMPIONS LEAGUE
FT : PSG 6-1 SLOVIAN P
09/09/2026
⚽⚽ Mbega Africa weeeeeeeeeeeee
Uyu mukinyi asanzwe akinira umurwi wa JAMUS FC yo muri Sudani y'Epfo yahamagawe mu murwi nserukuragihugu wa Sudani y'Epfo y'abakinyi batarenza imyaka 23.
Uyu mukinyi Godwill Yogusuk afise imyaka 22 😌🧐
09/09/2026
⚽⚽ Umurwi nserukuragihugu Intamba m'Urugamba woba womunaniye???
Hari amakosa atari ayo gukora ariko arakorwa :
1. Abakinyi bariko bamenyekanako bahamagawe m'umurwi nserukuragihugu kandi hataragaragara urutonde rusohowe ruzwi
2. Agacerere ni kenshi abarundi nabo bari mu makenga menshi kuri kazoza k'umurwi nserukuragihugu ???
3. Uwogira icahanuye yohanura amazi atarenga akarenge
08/09/2026
⚽⚽ Iri niryo kosa umurwi wa AIGLE NOIR CS mwakoze.
Ikibanza ca Nicolas KANYAMUKENKE n'ubu kiracagaragara mu murwi wa A.N CS.
Gutsindira Al Hilal Ondurman i Kigali birashoboka muga bizobananiza sindababeshe ✍🏻🫡
08/09/2026
⚽⚽ Ibice 90% Largie RAMAZANI agiye gukinira umurwi nserukuragihugu Intamba m'Urugamba 🇧🇮🔥🔥🔥.
08/09/2026
⚽⚽ NIMUBONA Thierry Combé yaraye yitavye Imana 😭
Uyu mumenyereza yaraciye mu mirwi itandukanye :
✅ Vital'o FC FC 1ere Division
✅ Olympic Star FC
✅ Buja City
✅ Les Guepieds du Lac
✅ Bumamuro FC 1ere Division
✅ Ac Transport FC 3eme Division
✅ AC Ubumwe 2 eme Division
✅ Mukura Victory Sports ( Rwanda)
RIP COACH COMBE
06/09/2026
⚽⚽CAF CONFÉDÉRATION CUP
FT: Durban City FC 1-0 Rukinzo FC
Birangiye Rukinzo FC itsinzwe kimwe k'ubusa mu nkino za CAF CONFÉDÉRATION CUP
06/09/2026
⚽⚽ CAFConfederationCup 🏆
HT : DURBAN CITY FC 0 - 0 RUKINZO FC
05/09/2026
⚽⚽ Amangetengete muri 𝐂𝐀𝐅 𝐂𝐨𝐧𝐟𝐞𝐝𝐞𝐫𝐚𝐭𝐢𝐨𝐧 𝐂𝐮𝐩:
Umurwi wa ASPL 2000 🇲🇺 witwaye kubera amangetengete umurwi wa Jwaneng Galaxy 🇧🇼 wakoresheje m'urukino bariko barakina mu nkino za CAF .
Bakaba basabako CAF yotanguza amatohoza
FT : ASPL 2000 🇲🇺 1-1 Jwaneng Galaxy 🇧🇼
05/09/2026
⚽⚽ CAF CHAMPIONS LEAGUE
Umurwi wa AIGLE NOIR CS utegerezwa kwirinda ibi bikurikira :
1. Gutsindwa
2. Kunganya
AIGLE NOIR CS nyamba koko mwifuza kurenga mugasezerera umurwi wa Al Hilal :
1. Gutsinda ibitsindo birenga kimwe (2-0 , 3-0 ,4-0 ....).
Ico umurwi wa AIGLE NOIR CS ukwiye kwitondera kwiyubara gusamara kuko umurwi wa Al Hilal n'umurwi umenyereye amahiganwa mpuzamakungu.