Coach Axel +257

Call Directions Contact the business

Coach Axel +257 Axel’s Gym Studio:
⏰MARDI:18h00:19h45
⏰JEUDI:18h00:19h45
⏰SAMEDI:6h30:8h00

🔥 LIFE FITNESS CLUB – BOUGE AUJOURD’HUI, POUR ÊTRE FIER DEMAIN ! 💪🏾🔥Uyu musi ni JEUDI 😍 kandi turasubira ku kibuga saa 1...
03/09/2026

🔥 LIFE FITNESS CLUB – BOUGE AUJOURD’HUI, POUR ÊTRE FIER DEMAIN ! 💪🏾🔥

Uyu musi ni JEUDI 😍 kandi turasubira ku kibuga saa 18H00 – 19H45! 🏋🏾‍♂️🔥

Ntukicare ngo uvuge ngo “nzotangura ejo” 😅. Ejo ni ejo — tangura uno musi! 💯
Ngwino dukore Sport, dusohore stress, dukomeze umubiri kandi twubake ubuzima bwiza. ❤️‍🔥

🤝 Zana incuti, umugenzi canke uwo mu muryango!
💧 Wibuke kunywa amazi menshi imbere na nyuma ya Sport.
🔥 DISCIPLINE • MOTIVATION • RÉSULTATS

📍 Bujumbura, Kamenge, Gatunguru, Quartier BRB
⏰ 18H00 – 19H45

👉 Tag umuntu ukwiye kuza muri Sport uyu musi! 👇🏾
ENSEMBLE, NOUS SOMMES PLUS FORTS ! 💪🏾🔥

💪🏾🔥

🔥 MARDI = SPORT DAY ! 💪🏽🔥Ntureke umubiri wacu ugume ukomeye! 💯LIFE FITNESS CLUB irabatumiye kuri Sport yo kuri uyu wa Ma...
01/09/2026

🔥 MARDI = SPORT DAY ! 💪🏽🔥

Ntureke umubiri wacu ugume ukomeye! 💯
LIFE FITNESS CLUB irabatumiye kuri Sport yo kuri uyu wa Mardi 🏃🏽‍♂️🏃🏽‍♀️

⏰ 18h00 – 19h45
📍 Bujumbura, Kamenge, Gatunguru, Quartier BRB

💦 Nunywe amazi menshi, wambare imyambaro ya sport, hanyuma uzane incuti n’abagenzi! 🤝🔥

❤️ Umubiri mwiza utangurira ku kwitaho.
🧠 Un esprit parfait dans un corps fort! 💪🏽

👉 TAG umuntu mukunda gukora sport na we aze!
👉 SHARE iyi invitation kugira abandi bayibone! 🔥

💪🏽🔥

30/08/2026

“ENERGIE 🔥 + SPORT 💪 + UMUNEZERO ❤️ = LIFE FITNESS CLUB!”
Ninde yiteguye kodufatanya? 😎🔥

07/08/2026

🔥 LIFE FITNESS CLUB. 💪❤️

Buri ntambwe utereye uyu munsi ikwegereza ubuzima bwiza.

Uriteguye hamwe natwe? 👇

Andika "YES" canke "NDITEGUYE" muri commentaires.

📍Life Fitness Club – Kamenge, Gatunguru, Quartier BRB

🇧🇮 HAPPY INDEPENDENCE DAY – 1 JUILLET 2026 🇧🇮Uyu munsi twizihiza ukwikukira kw'igihugu cacu. Nitwubake Uburundi bukomeye...
01/07/2026

🇧🇮 HAPPY INDEPENDENCE DAY – 1 JUILLET 2026 🇧🇮

Uyu munsi twizihiza ukwikukira kw'igihugu cacu.

Nitwubake Uburundi bukomeye duhereye ku magara meza, ubumwe n'ugukorera hamwe.

Life Fitness Club Family turabipfurije umunsi mwiza w'ukwikukira! 💪❤️

"Umubiri ukomeye, umutima ukomeye, igihugu gikomeye."

🇧🇮 Imana ihezagire Uburundi. Vive le Burundi!

26/06/2026

🎂💙 LIFE FITNESS CLUB – Isabukuru yacu ni intambwe y’intsinzi!

Kumusi Wejo Twarahimbaje urugendo rwuzuye inguvu, ukwiyemeza n’ubumwe. Murakoze ku banywanyi bose badushigikiye kandi bakomezanya natwe muri uru rugendo rw’ubuzima bwiza.

💪 “Umubiri ukomeye utangurira ku mutima wiyemeje.”

🎉 Happy Birthday LIFE FITNESS CLUB!

Turabandanya kwubaka ubuzima bwiza, inguvu n’intsinzi hamwe.

💙🤍🎂

17/01/2026

LE SPORT EST NOTRE SANTE💪

11/01/2026
Le Meilleur Moment De La Journee
11/01/2026

Le Meilleur Moment De La Journee

LIFE FITNESS CLUBTEGURA UMUBIRI WAWE TEGURA EJO HAWE
31/12/2025

LIFE FITNESS CLUB
TEGURA UMUBIRI WAWE TEGURA EJO HAWE

Address

13ème Avenue
Bujumbura

Telephone

+25768782884

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Coach Axel +257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Coach Axel +257:

Shortcuts

Share