Tiji-jay El mathader

Tiji-jay El mathader

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Tiji-jay El mathader, Sport & recreation, kamenge, Bujumbura.

25/12/2023
25/12/2023

♨️ Abatumire 3 bo mu mugwi wa Arena Stars kuri Isoko fm.

Umumenyereza Nathan arikumwe na kizigenza w'umugwi wa Arena Stars Butoyi Pascasie, hamwe n'umukinyi Lahay Loy, bazoba ari abatumire mu kiganiro c'inkino kunsamirizi ya Isoko fm (100.4.), kumusi w'ejo wa kabiri, kuva igihe c'isaha umunani n'igice zo kumuhingamo(14h30).

BUBANZA SPORTS NEWS.

25/12/2023

This is Drama T the artiste in 🇧🇮🔥✌️

Photos from Cubahiro Loïc's post 25/12/2023
25/12/2023

⚓ Uyu mwana wa Arena stars ndabona itazomugumana saison 2 canke 3 zirimbere.

Lahay Loy, umukinyi w'imyaka iri musi ya 18, yegukira umugwi wa Arena stars, amaze gutsindira uwo mugwi wo muri komine Rugazi, ibitsindo 4 mu nkino 2 gusa amaze kuba akina uno mwaka mu cicaro ca mbere kuruhande rw'abigeme. Aho yatsinze igitsindo 1 murukino rwa mbere bahuye na Fofila-pf, yongeye gutsinda uno musi ibitsindo 3, murukino bahuye na Maika FC. Bimwe mubiharuro vyiza cane afise uno mwana uyu mwaka.

Aya niyo makenga ndiko ndabona azotuma Arena stars itazogumana uno mwana, kandi nayo niyaba ikeneye iterambere ryiwe irazomureka agende niyo haza umugwi uri kugwego mpuzamakungu kuko na Arena ubwayo bizoyigirira akamaro.

BUBANZA SPORTS NEWS.

25/12/2023

Mishe Mishe MTV 🛑 Orodha ya wachezaji wa klabu ya Vitalo Fc waliojielekeza Zanzibar kwa ajili ya MAPINDUZI CUP :

1. Ndayishimiye Hussein
2. Nimbona Vally
3. Uwomana Yakubu
4. Bigirimana Alfani
5. Niyonizeye Fred
6. Ndavyutse Amedé
7. Nsabimana Issa Hubert
8. Musore Prince
9. Irakoze Amissi Léon
10. Kwizera Hussein
11. Niyonzima Ibrahim
12. Mpitabakana Aristote
13. Harerimana Amissi
14. Issa Djuma
15. Nzeyimana Jean
16. Gakari Juma
17. Ntahobari Assumani
18. Niyonzima Juma
19. Nimbona Kessy Jordan

Photos from Mishe Mishe MTV's post 25/12/2023
25/12/2023

🚨 Imigwi 2 yo mu ntara iwacu ikaba ariyo ifata ibibanza 2 vya mbere mw'ihiganwa ry'icicaro ca mbere kuruhande rw'abigeme, lumitel women's league.

Arena Stars yo mu Rugazi ifata ikibanza ca 1, hama umugwi w'Intwarikazi nawo w'i Gihanga ugafata ikibanza ca kabiri.

BUBANZA SPORTS NEWS.

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Culinary Team

Attire

Website

Address


Kamenge
Bujumbura