🇦🇷Thiago Messi, agahungu ka Lionel Messi ko umenga karatey'ubwoba?
Foot +257
Sports News From all over the World, Transfer Rumours, Done Deals, Fixtures & Results!..
29/07/2026
🚨🔥 Kiki Ramos yaraye akinye urukino rwiwe rwa mbere mu mwambaro wa Argentina🇦🇷!
Kiki Ramos ni umusatirizi w' imyaka 17 y'amavuka, yavukiye kuri Port-au-Prince, umugwa mukuru wa Haiti🇭🇹, avuka ku bavyeyi bompi b'abanya-Haïti ariko arerwa n'abanya-Argentina ivyamuhaye n'akabira ka Argentina.
Ramos yaraye agaragaraye m'urukino 🇦🇷Argentina U17 baraye batsinzwemwo 2-1 na 🇪🇨Ecuador U17.
⚠️ Kiki Ramos (Stephen Oscar Ramos ku mazina yiwe y'ukuri) ashobora kuzoba umukinyi yirabura agira 16 akiniye Argentina nkuru inyuma y'abakinyi nka ba Alejandro de los Santos, Juan Manuel Ramos Delgado, Héctor Baley n'abandi bakiniye Argentina mu myaka ya kera.
28/07/2026
🚨🔥 Real Madrid C.F. X RB Leipzig
N'ubu ngo imigwi ya Real Madrid na RB Leipzig ntirumvikana kuri Yan Diomandé,
Ibiganiro biracabandanya hagati y'iyo migwi, Diomandé na Real Madrid barumvikanye ariko Leipzig yabambawe ko itamurekura itabonye ibahasha rya milioni €120.
🗞 Plettigoal
28/07/2026
🚨🔥 Isoko ry'igura n'igurisha rya Real Madrid kugeza kuri ino saha:
🆎Abo yinjije:
🇪🇸Cucurella: €55M
🇳🇱Dumfries: €20M
🇫🇷Konaté: K'ubuntu
🇵🇹B. Silva: K'ubuntu
🇨🇮 Diomandé: ayarenga €100M
_________________________
Total Spent: Ayarenga €175M
🆎Abo yasohoye:
🇦🇷Nico Paz: €60M
🇪🇸V. Muñoz: €25M
🇮🇹Mario Gila: €15M
🇪🇸Alvaro Rodriguez: €12M
🇪🇸Álex Jiménez: €12M
🇪🇸Chema Andrés: €6M
🇪🇸Rafael Obrador: €5M
🇪🇸Fran García: €4M
🇪🇸Mario Martín: €3.5M
🇲🇦Yusi Enríquez: €3M
🇪🇸Jacobo Ramón: €2.5M
_____________________________
Total Generated: €148M
28/07/2026
🚨🔥 Inter X FC Barcelona 🇦🇷🇪🇸🇮🇹
Inter Milan ngo bari hafi yo kwumvikana na Tottenham Hotspur kuri Christian Romero,
Uno mukinyi w'inyuma w'umunya Argentina ngo aracafise mu mutwe gukinira FC Barcelona yamara ngo birasaba ko abanza akarindira ko FC Barcelona igurisha bamwe mu bakinyi maze imubonere umwanya,
Tottenham Hotspur na Inter Milan bo ngo basa n'abamaze kwumvikana milioni €40 kuri Romero.
🗞 Gianluigi Longari
27/07/2026
🚨🔥 Murabike na bino!
Umwe asinyishije uwumaze kwinjiza ibitsindo 15 muri UEFA Champions League yonyene, uwundi asinyishije uwumaze kwinjiza ibitsindo 15 mu nkino zose amaze gukina mu migwi (Clubs) yose yaciyemwo.
Wibaza ko hagati ya 🇩🇪Karim Adeyemi na 🇨🇮Yan Diomandé ari inde azotanga umusaruro mu mwanya muto?
27/07/2026
🚨🔥 Real Madrid C.F. n'abahagarariye Vinicius Junior bagiye kwicara baganire kuri kazoza kiwe muri iyi ndwi.
Intumbero ngo ni ugukora ibishoboka vyose Vini akwongereza amasezerano,
Vinicius Junior ariko abasaba imiriyoni €20 k'umwaka,
Arsenal imuryamiye amajanja kandi ngo yiteguye kumutangako millioni €160,
K'urundi ruhande ngo Liverpool yari yamaze gusaba Vinicius ko atokwongereza amasezerano muri Real Madrid kugira ngo mu ci rya 2027 ace abasinyira maze bamugire umukinyi wa mbere ibulaya ahembwa menshi...
Vini araguma muri Real Madrid canke araja mu bwongereza!?!
WAIT AND SEE!!!
🗞 Sky Sports
26/07/2026
🚨🔥 FC Barcelona
M'umugwi wa FC Barcelona ngo bariteguye gutangura saison badasinyishije umusatirizi nomero 9 mushasha mugihe Atletico Madrid bobandanya banka kuza ngo baganire kuri Julian Alvarez!✅
FC Barcelona ngo ntibarota barenza milioni €100 bahaye Atletico Madrid kuri Alvarez canke ngo bagire umukinyi bongera kur'ayo mafranga.
Ngo inyuma y'isinya rya Anthony Gordon na Karim Adeyemi Barcelona ntabwoba bafise bogutangura saison badasubirije Robert Lewandowski.✅
🗞 Mundo Deportivo
25/07/2026
🚨🔥 BOOOOOOOOOOUM... Vinicius Junior arasohoka Real Madrid C.F. ?
Arsenal FC bose bamaze gufata umwanzuro, bose izina rya Vini Jr. barihurijeko, niwe mukinyi asatira aca k'uruhande bagiye kuzana vyanka bikunda. ✅
Nta biganiro na bimwe biraba yaba hagati ya Arsenal na Real Madrid canke na Vinicius Junior yamara ngo bagiye kumuhagurukira vuba hashoboka.
🗞 The Athletic
25/07/2026
🚨🔥 Kuri milioni €120 (harimwo n'amabonus), Real Madrid C.F. bishobora kurangira aribo batahiye umunya Côte d' Ivoire Yan Diomandé n'ubwo ibimenyetso vyose vyariko vyerekana ko azoja muri PSG - Paris Saint-Germain.
🗞 Diario AS
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Contact the business
Address
Bujumbura