Iwacu Sports News

Iwacu Sports News

Share

Amakuru agezweho y'imikino ku rwego rw'isi, harimwo umupira w'amaguru, basketball, n'iyindi myinshi.

Iwacu Sport News niyo nzira yacu y'ukuri
Bana natwe mugukora suivre
Code promo nziza:
-1xbet code promo IHELA1
-melbet et 888starz code promo BUJAVILLE

30/07/2026

๐Ÿšจ akagahungu ka ๐‚๐€๐‘๐‹๐Ž๐’ ๐„๐’๐๐ˆ kavuye hariya kwa Levante Kandi Niko bagenderako none real Madrid Nako ikibitseko

Yewe รฉquipe zizirwaza p uyumwana kbs arizi ballon kbs

30/07/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ๐Ÿ˜“๐Ÿ˜“ IBINTU BIGIRE BIBE BIBI
: Inyuma yahoo infantino ashaka kugurisha imigabane yigikombe CISI UEFA yabateye ivyatsi Ibihugu vyose vyo ku mugabane wa buraya bihejeje gufata ingingo yo kwivana mu gikombe c'isi hamwe no muyandi mahiganwa yose ya FIFA โŒ

Ibaze igikombe cisi kitarimwo
Espagne France, Italie, ubwongereza, abadagi ababirigi , Portugal nizindi nyishi

Ibaze igikombe kitazoba kirimwo

Mbappe , Lamine yamal,Harry Kane ,Jude Bellingham,masiala

Ubuse utambeshe uzoja kuraba Korea CANKese Mexique โ“โ“

Wewe utibesheye icogikombe coba kimeze gute ?wokiraba ?

1Xbet code promo IHELA1 Canke IWACU2 muri wironkera bonus ihagije
Suivre muri Iwacu Sports News

28/07/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ ngo uyumujama kbs vyakomeye p ngo Ariko aremeza special one Mourinho

Bwite Denzel' Dumfries

Iwacu Sports News

28/07/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ Ibintu vyoko Alvarez ashobora Kuja muri Barรงa bisankaho biriko biranka gose amahirwe abandanya kugabanuka ksb

Barรงa ningombwa ngo igume yizingira kurumusore ra ?

Ntiyomuheba kl ?

28/07/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ Iwacu Sports News
Real Madrid ihejeje kunyagira Leganes (4-1) muri Prรฉ-saison.

Valverde, Garcia na Mastantuono nibo binjirije Real Madrid ikindi gitsindo umukinyi wa Leganes yitsinze.

1Xbet code promo IHELA1 Canke IWACU2

26/07/2026

๐Ÿšจ๐ŸšจHERE WE GO KURI yan diomande

ร‰quipe zizowumva p

26/07/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ umuhungu vyaheze vyose kumpande zose
Yann diomande agire Abe umukinyi wa real Madrid

Kuri 120$ piii

Suivre kuri IWACU SPORTS news

25/07/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ HARIHO รฉquipe mudahangana papa
Hariho รฉquipe ziba zarubatse amazina kuburyo buteye ubwoba

Yann diomande yariyaramaze kumvikana n'a PSG Ariko real Madrid iraje umuhungu ubwo nyn abahinduye ivyiyumvir

Tinya รฉquipe 2 bantu bange izindi Ziza munyuma

Ajakanya rr Yann diomande HAFI kwerekeza kwa Real Madrid kuri 120$

25/07/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ Iwacu Sports News inkino 3 FC Barcelona igiye gukina ntibizoba bimeze nkuruheruka abafana bayo bazoshobora kuraba kuma TV canke ama Application n

๐ŸŸ๏ธ Birmingham vs Barcelone โ€” Ven. 31/07 ร  18:45

๐ŸŸ๏ธ Barcelone vs Nottm Forest โ€” 08/08 ร  19:00

๐ŸŸ๏ธ Udinese vs Barcelone โ€” 08/08 ร  20:00

Pre Saison abantu Beshi barayikunda Kugira barabe abakinyi Bashasha

1Xbet code promo IHELA1 Canke IWACU2 muri 1Xbet

22/07/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ INYUMA yigikombe CISI TransferMarket yashize ahabona igiciro cabakinyi

๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ด Haaland - โ‚ฌ220M
๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธ Lamine Yamal - โ‚ฌ220M
๐Ÿ‡ซ๐Ÿ‡ท Mbappe - โ‚ฌ200M
๐Ÿ‡ซ๐Ÿ‡ท M. Olise - โ‚ฌ170M
๐Ÿด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟ Bellingham - โ‚ฌ160M
๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ท J. Alvarez - โ‚ฌ120M
๐Ÿด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟ E. Anderson - โ‚ฌ110M
๐Ÿด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟ M. Rogers - โ‚ฌ110M
๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ท Enzo Fernandez - โ‚ฌ100M
๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธ Cubarsi - โ‚ฌ100M

Nuko so haruwo mubona bahaya ayatamukwiye ?

Tugire suivre kuri Iwacu Sports News

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Website

Address


Bujumbura