Atariho waruri uguma wibaza ngo ni Video ya A.I vyemere uku nukuri
Aukwiz IJC Jr.
There are only 3 important things:
1.GOD IN THE HEART ♥️
2.WISDOM IN THE MIND 🧠
3.MONEY IN THE POCKET 💸
🙏I believe in God 👏🙏
18/04/2026
Mutama MAFEGI 🚬🚬 asazanye ifyeri😁😂
Umugwi wose uriko urahimbaza isabukuru y’imyaka 36 ya Wojciech Szczęsny 😍🇵🇱🎉
Ni akanyamuneza kadasanzwe ku bakinnyi bose!
NUGUSABA BAKADUHINDURIRA KUKO IBIHUGU BITARI SERIEUX TWABIRQMBIWE MURI GAME ⚽😂🤣
🏆 FIFA U-17 Women’s World Cup 2026 – African Qualifiers
⚔️ Burundi 🇧🇮 2-0 Malawi 🇲🇼
8' Kerene
12’ Louange
⚽🇧🇮❤️
Dayot Upamecano2🇫🇷 yakubise full stop Vinícius Júnior7🇧🇷 yamuciye intege cane mu buryo bukomeye, amwaka umupira canke amuhagarika neza cane ku buryo vyasigaye biba nk’aho amuhaye icigwa “lesson” 😅
EWE FOOTBALL
Igihe gitangaje cane muri AFC Champions League.
Umukinyi wa Al-Ahli, Ali Majrashi, agerageje gukuraho umupira akoresheje “bicycle kick”, aca akubita Jairo da Silva wa Johor Darul Ta'zim mu maso
Impamvu nsigaye nkunda Camao KAMABINGA🤣😂nuko ataraheba urumogi🚬
YANYOYE URUMOGI 🚬🚬🚬 AKORA IMPIMBARA💪🫡🫡
None Real Madrid muyihora iki?
Ntimumbwire ko ibi vyabaye kubera intsinzwi ya HALA MADRID 🤣🥱
Ababany banjei baraho barankwa ndakurahiye YEBAGABO🥱🥱💪💪
16/04/2026
MWEGERE KURE INIGO MARTINEZ 💪 WAKABIRI ARIHAFI YOGUSHIKA☠️🥶
BASTONI umwe mubakinyi b'inyuma bambere beza muri 🇮🇹 YEMEYE gusinyira FC Barcelona, Hector ashobora kugenda! 🔥
Abahagarariye Bastoni bamaze guhuza na Barcelona kubiraba uno mukinyi, intambwe yonyene isigaye n'uguhuza kuvy'uburyo na Inter Milan.
Inter usaba amafaranga menshi, mugihe Barça wo uriko ubaha amafaranga ari muma miriyoni 50€.
Hector Fort bashobora kumurekura akaja muri Inter ngo iki giciro kigabanuke. Inter urakunda Hector Victor.
[ Matte Moretto ]
16/04/2026
BURUNDI BWACU 🇧🇮
INTAMBA ZACU 🇧🇮
Umugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba w’abigeme batarenza imyaka 17 (U17) urabandanya imyimenyerezo mu kwitegurira neza urukino rwo gusubiriza ruzowuhuza n’igihugu ca Malawi.
Urwo rukino rutegekanijwe ku musi wa gatandatu, igenekerezo rya 18 Ndamukiza 2026 ku kibuga Intwari isaha icenda (15h).
Maze imisi mbona Vini Jr. 7 🇧🇷 Yakumbuye komando💪 GAVI 6🇪🇸😂🤣😂
Ehe akakumiza
Ngo ivyaraye bibaye kuri Real Madrid vyarivyarahanuwe??
Vyoba arivyo??
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Website
Address
Kiriri
Bujumbura