19/06/2025
AMAKURU MASHASHA MU MUPIRA W’AMAGURU ⚽
• Nico Williams yahagaritse ibiganiro vyose n’iyindi migwi — Barcelone niyo yonyene imushimisha.
• Real Madrid yiteguriye kwongereza amasezerano ya Thibaut Courtois gushika mu 2028, aho azoba afise imyaka 36.
• Myles Lewis-Skelly yasinye amasezerano mashasha kugira agume muri Arsenal.
• Marcus Rashford yabwiye incuti ziwe ko yipfuza gukina muri Barcelone, kandi yamaze kubimenyesha uwo mugwi.
• Bernardo Silva yagizwe kapiteni wa Manchester City uyu mwaka, ku ngingo ya Pep Guardiola.
• Ibrahima Konaté yipfuza gukinira Real Madrid, yiteguriye kurindira umwaka kugira aje ku buntu.
• Manchester United irashaka gutanga 150M€ kugira igeze kuri Raphinha wo muri Barça.
• Murumuna wa Eduardo Camavinga ari mu bashimishije Real Madrid.
• Leverkusen iracashimishwa na Nico Paz, bari mu biganiro n’umurwi wiwe.
• Barcelone ntirashobora kwandikisha abakinyi bashasha kuko itarakurikiza amategeko ya 1:1.
• Jadon Sancho yemeye kuja muri Naples, ariko nta masezerano aragerwako n’iyo migwi.
• Tottenham yiteguye kugurisha Guglielmo Vicario.
• Newcastle iraganira ku bijanye na Mohammed Kudus.
• West Ham, AC Milan, Borussia Dortmund na Ajax bose barakeneye Oleksandr Zinchenko.
• Aston Villa irashaka kwegera Nicolas Jackson kugira imwumvishe gukina iwayo.
• Arsenal ifise inyungu kuri Rodrygo, Real Madrid isaba 90M€.
🚨Ku bantu mukunda agasobanuye ka Rocky ku buntu injira muri groupe WhatsApp uciye aha 👇👇👇
https://chat.whatsapp.com/BJjwDnLq1E5KvYIrLYGarw
31/05/2025
🚨😲 2025 ni umwaka w'ibitangaza gusa mu mupira w’amaguru! 😍
🏆 Harry Kane🏴 na Heung-Min Son 🇰🇷: Batsindiye igikombe cya mbere mu buzima bwabo
🏆 Tottenham: Igikombe cya mbere kuva mu 2008 💜🤍
🏆 Crystal Palace: Igikombe cya mbere gikomeye mu mateka y’iyo kipe❤️💙
🏆 Newcastle: Igikombe cya mbere mu myaka 70🖤🤍
🏆 Bologne: Igikombe cya mbere mu myaka 51 ❤️💙
🏆 PSG: Igikombe cya mbere cya Champions League ❤️💙
🚨Ku bantu mukunda agasobanuye ka Rocky ku buntu injira muri groupe WhatsApp uciye aha 👇👇👇
https://chat.whatsapp.com/KWK4Of9ax2EKJLvuBSatkY
16/04/2025
AMAKURU Y'INKINO AGEZWEHO KWISI:
🇧🇻Real Madrid izoshira imbere gusinyisha Erling Haaland mugihe Vinícius Junior yosohoka.
🚨🇲🇫Kylian Mbappé yasavye Real Madrid kuganira na Arsenal kugira basinyishe William Saliba.
🚨🇫🇷 Paul Pogba yiteguye kwimukira muri Bundesliga, Liga, Ligue 1, MLS, canke Arabie Saoudite.Ariko aritegurira kugaruka gukina umwaka uza.
🚨🇪🇦FIFA iratekereza kuzotumira FC Barcelone mw’ihiganwa rya Coupe du Monde des Clubs mu kibanza ca Club León (Mexique) yakuwemwo kubera ko nyen'iyo équipe afise iyindi yitavye iryo higanwa.
🚨🇲🇫Liverpool iriko ikurikirana ivya Kingsley Coman ashobora kuva muri Bayern.
Arsenal nayo yaravuganye nabamuhagarariye.
🚨🇩🇪 Leon Goretzka yafashe ingingo yo kuguma muri Bayern Munich gushika mumwaka wa 2026.Manchester United yari yipfuza kumusinyisha.
🚨🇩🇪 Bayer Leverkusen yipfuza James McAtee na Stefan Ortega, Man City ishobora kubikoresha kugira ifate Florian Wirtz.
McAtee agurishwa Miliyoni 29€, Ortega nawe Miliyoni 17.5€.
🚨🇧🇷Manchester City iripfuza kongera gukurikirana Bruno Guimarães ngo asubirire Kevin De Bruyne.
🚨Mikel Arteta yahisemwo ko Benjamin Šeško ari we agomba ngo abe umusatirizi wa Arsenal w'umwaka uza.
🚨🇵🇹Manchester United ishaka guha Ruben Amorim amafaranga angana na Miliyoni 230€ y’isoko ryo muci riza. Bagomba kugurisha abandi bakinyi kugira babishikeko.
🚨🇲🇫Chelsea na Tottenham binjiye mwihangana ryo kurondera Theo Hernandez, Mugihe agaciro kiwe ari hafi Miliyoni 35€.
🚨🇹🇷Arsenal irondera umukinyi azoza nkuwudasanzwe kandi wigihe kirekire kandi amaso yose abereka Arda Güler.
🚨🇪🇦 Deco, umuyobozi wa Barcelone, yiteguye kugurisha Raphinha muri Arsenal canke Chelsea ku Miliyoni 92.5€.
🚨🇭🇷 Luka Modric agiye kuba umwe mu bayobozi ba Swansea City (umunyamigabane) ikina cicaro ca kabiri muri Championship.
🚨🇷🇺Manchester City igiye gutanga amahera angana na Miliyoni 100€ kugira isinyishe Tijjani Reijnders na Theo Hernandez bo muri AC Milan.
🚨🇦🇷Real Madrid iripfuza Alexis Mac Allister.
🚨🇪🇦Arsenal na Chelsea biteguriye gutanga Miliyoni 70€ kugira basinyishe Nico Williams wa Athletic Bilbao.
🚨Ku bantu mukunda agasobanuye ka Rocky ku buntu injira muri groupe Whatsapp wirabire 👇👇👇
https://chat.whatsapp.com/FSMODH0CoYLLi2rWDQZTNy
13/04/2025
✅ AMAKURU Y'INKINO AGEZWEHO KWISI:
🚨Real Madrid iripfuza kugura Nuno Mendes, umukinyi wa PSG akina inyuma kuruhande rwibubamfu. {🗞️DefensaCentral}
🚨Hansi Flick tayali yemeye gusinya amasezerano mashasha muri FC Barcelone, azomugeza mukwezi kwa Ruheshi 2027. {🗞️RAC1}
🚨Chelsea yiteguriye gutanga Miliyoni £100 kugira igure Rodrygo, umusatirizi wa Real Madrid. {🗞️Fichajes}
🚨Éderson, umunyezamu wa Manchester City, amaze gutanga passes décisives 7 muri Premier League — akaba ari we munyezamu wa mbere mu mateka abigezeho. 📐🎯
🚨Aston Villa na Newcastle baripfuza cane Fermin Lopez w’Umunya_Espagne akinira Barça. {🗞️Ekrem Konur}
🚨Manchester City iri mu biganiro na Nico O'Reilly kugira yongereze amasezerano. {🗞️Fabrizio Romano}
🚨Arsenal iriko itegura gutanga imiliyoni 46€ kugira bagure Arda Güler wa Real Madrid. {The Sun}
🚨Liverpool irabandanya ibiganiro na Ibrahim Konaté ku bijanye no kwongereza amasezerano.
🚨Nico Williams ashobora kwanka ubusabe bwa Arsenal, Chelsea, na Barcelone kuko ngo yipfuza ko yosinya amasezerano y’igihe kirekire muri Athletic Bilbao. {🗞️TeleBilbao}
🚨Manchester United yafashe ingingo yo gutandukana na André Onana kubera amakosa menshi yakoze. Ariko ntivyoroshe kubona uwomugura n’ukwemera umushahara asaba. {🗞️L'équipe}
🚨Chelsea na Newcastle baripfuza Vangelis Pavlidis, umusatirizi w’imyaka 26 akinira Benfica, Mugihe uyumunsi ari kugaciro ka Miliyoni 100€. {🗞️Fabrizio Romano}
🚨Manchester City iriko ivugana na Anatoliy Trubin kugira imugure muririci. Yipfuza kumuha Miliyoni 25€, ariko Benfica isaba Miliyoni 40€. {🗞️Football Transfers}
🚨Ku bantu mukunda agasobanuye ka Rocky ku buntu injira muri groupe Whatsapp wirabire👇👇👇
https://chat.whatsapp.com/FSMODH0CoYLLi2rWDQZTNy
08/04/2025
Biragoye kuvuga umupira w'amaguru mu Burundi canke umugwi utunganije neza ukibagira Aigle Noir C.S nibazako woba utari umurundi canke udakurikirana inkino.
Uyu mwaka w'inkino AIGLE NOIR CLUB SPORTIF umugwi w'i Makamba niwo mugwi utinyitse imbere y'iyindi migwi yose kandi ninawo ufise ibice 80% vyo gutahukana igikombe ca Primus League Burundi.
Ivyo babish*tseko kuko bateguye igihe kirekire kandi vyabasavye umwanya,
Inyuma yo kuramura abakinyi nka Ndayishimiye Youssuf Gallery Kanakimana Bienvenu, Mabano Shabani, Irutingabo Mosi Tresor,Irakoze Piclaire, Marc Artur Arakaza, Tambwe Amissi, Jospin Nshimirimana, n'abandi benshi uwo mugwi uhurikiye muri Fondation Pax Burundi watanguje ishure ryigisha umupira w'amaguru ( Academy de Football),
Kuva batanguje iryo Shure mu Ntara ya Ruyigi Aigle Noir C.S ntiyorohewe mw'ihiganwa rikuru kuko kenshi yikora Kubakinyi iguze muyindi migwi kugeza batanguye kuramura abo bareze,
Umwaka w'inkino wa 2024/2025 twovugako ariho ivyamwa vya Aigle Noir Academy bitanguye gusha kuko kugeza ubu umugwi wa Aigle ufise abakinyi bangana 90% yabo bareze hamwe na 10% baguze muyindi migwi :
➡️ Abaciye muri academy Ubu bageze muri aigle noir
Gardiens :
1.Harerimana jean marie (Gk)
2.Ishimwe guy chabel (Gk)
3. Ramadan Ndikumana
✅Defenseurs:
1. Hakizimana ulimwengu
2. coyitungiye Kevin
3. Aime Parfait
4 Yahya Ndayishimiye
6. Iradukunda J. marie
7. Mukiza Jean de Dieu
✅Millieu de terrain :
1. BUKURU Samir
2. Bukuru Keita
3. kamana Karim
4. Euphrem Niharire
✅Attaquants:
1. Ineza Abdi
2. Ndayikengurukiye sostene
3. Saidi FATAKI
4. Bayisenge Ibrahim
5. Bayisenge aboubacar
6.Igiraneza Adelard
➡️ Abaguzwe bava muyindi migwi
✅ Defenseurs :
1.Kanyamukenge Nicolas
2.Ndingamosi Rachimane Dash
3.Jean Nahimana.
✅ Millieu de terrain
1. Kakoy utondo
2. Nininahazwe Radjabu
Wihweje igitiri c'abakinyi bari muri Aigle Noir C.S birakwereka ishusho y'umupira kuko bamwe muri abo baramaze gukinira umugwi Nserukiragihugu Intamba mu Rugamba.
🚨Ku bantu mukunda agasobanuye ka Rocky injira muri groupe Whatsapp itanga films buri munsi zigezweho 👇👇👇
https://chat.whatsapp.com/FSMODH0CoYLLi2rWDQZTNy
07/04/2025
🚨Manchester City irashaka gusubiriza Kevin De Bruyne na Pedri Gonzalez, kandi yiteguye gutanga miliyoni 100 zama Euros kuri uwo musore wa FC Barcelone.
(Marca)
🚨Ku bantu mukunda agasobanuye ka Rocky injira muri groupe Whatsapp uciye aha 👇 👇 👇
https://chat.whatsapp.com/FSMODH0CoYLLi2rWDQZTNy
25/03/2025
🚨Ng'izi Inkino Umugwi wa Barça,Real Madrid hamwe na Atletico Madrid basigaje muri La Liga 🇪🇦
FC Barcelone
🏠🆚 Osasuna(27-3)
🏠🆚 Girona (30-3)
🏠🆚 Betis (05-4)
✈️🆚 Leganes (13-4)
🏠🆚 Celta Vigo (20-4)
🏠🆚 Mallorca (23-4)
✈️🆚 Valladolid (04-5)
🏠🆚 Real Madrid (11-5)
✈️🆚 Espanyol (14-5)
🏠🆚 Villarreal (18-5)
✈️🆚 Bilbao (25-5)
Real Madrid
🏠🆚 Leganes (29-3)
🏠🆚 Valence (05-4)
✈️🆚 Alavés (13-4)
🏠🆚 Bilbao (20 -4)
✈️🆚 Getafe (23-4)
🏠🆚 Celta Vigo (04-5)
✈️🆚 Barcelone (11-5)
🏠🆚 Mallorca (14-5)
✈️🆚 Séville (18-5)
🏠🆚 Sociedad (25-5)
Atletico Madrid
✈️🆚 Espanyol (29 -3)
✈️🆚 Séville (06-4)
🏠🆚 Valladolid (13-4)
✈️🆚 Las Palmas (20-4)
🏠🆚 Rayo Vallecano (23-4)
✈️🆚 Alaves (04 -5)
🏠🆚 Sociedad (11-5)
✈️🆚 Osasuna (14-5)
🏠🆚 Betis (18-5)
✈️🆚 Girona (25-5)
🚨Ku bantu mukunda agasobanuye ka Rocky Kandi mwifuza kuzoba muba mbere bazoraba Squid game saison 3 injira muri groupe Whatsapp uciye aha 👇👇👇
https://chat.whatsapp.com/JK3EdnuPfW8F9mZbZEOW8K
20/02/2025
Kylian Mbappé 🇫🇷 🗣️« Igihe co kumenyera cararangiye ubu n'igihe co kwereka imigwi ico nshoboye 🔥»
🚨Ku bantu mukunda agasobanuye ka Rocky n'ibindi bihangange injira muri groupe WhatsApp uciye aha ⬇️👇
https://chat.whatsapp.com/Bll54JY7aIP2gyFXtZIx1S
20/02/2025
🚨Florentino Pérez amaze gutwara ibikombe 39 kuva abaye umurorongozi wa Real Madrid:
🏆🇪🇸 La Liga 2001
🏆🇪🇸 La Liga 2003
🏆🇪🇸 La Liga 2007
🏆🇪🇸 La Liga 2008
🏆🇪🇸 La Liga 2012
🏆🇪🇸 La Liga 2017
🏆🇪🇸 La Liga 2020
🏆🇪🇸 La Liga 2022
🏆🇪🇸 La Liga 2024
🏆🇪🇸 Copa Del Rey 2011
🏆🇪🇸 Copa Del Rey 2014
🏆🇪🇸 Copa Del Rey 2023
🏆🇪🇸 Supercoupe d'Espagne 2001
🏆🇪🇸 Supercoupe d'Espagne 2003
🏆🇪🇸 Supercoupe d'Espagne 2012
🏆🇪🇸 Supercoupe d'Espagne 2017
🏆🇪🇸 Supercoupe d'Espagne 2020
🏆🇪🇸 Supercoupe d'Espagne 2022
🏆🇪🇸 Supercoupe d'Espagne 2024
🏆🇪🇺 Ligue des champions 2002
🏆🇪🇺 Ligue des champions 2014
🏆🇪🇺 Ligue des champions 2016
🏆🇪🇺 Ligue des champions 2017
🏆🇪🇺 Ligue des champions 2018
🏆🇪🇺 Ligue des champions 2022
🏆🇪🇺 Ligue des champions 2024
🏆🇪🇺 Supercoupe UEFA 2002
🏆🇪🇺 Supercoupe UEFA 2014
🏆🇪🇺 Supercoupe UEFA 2016
🏆🇪🇺 Supercoupe UEFA 2017
🏆🇪🇺 Supercoupe UEFA 2022
🏆🇪🇺 Supercoupe UEFA 2024
🏆🌎 Coupe du Monde des Clubs 2002
🏆🌎 Coupe du Monde des Clubs 2014
🏆🌎 Coupe du Monde des Clubs 2016
🏆🌎 Coupe du Monde des Clubs 2017
🏆🌎 Coupe du Monde des Clubs 2018
🏆🌎 Coupe du Monde des Clubs 2022
🏆🌎Une coupe de la ligue intercontinentale 2024
Umwe mu barongozi b'imigwi bakoze amateka🥳🎉
🚨Ku bantu mukunda agasobanuye ka Rocky n'ibindi bihangange injira muri groupe WhatsApp uciye aha ⬇️👇
https://chat.whatsapp.com/Bll54JY7aIP2gyFXtZIx1S
20/02/2025
🚨 Imigwi 16 yamaze kuronka itike yo kuzokina kimwe c'umunani ca 𝗖𝗛𝗔𝗠𝗣𝗜𝗢𝗡𝗦 𝗟𝗘𝗔𝗚𝗨𝗘 ⭐️ :
🇫🇷 Lille
🇫🇷 PSG
🏴 Liverpool
🏴 Arsenal
🏴 Aston Villa
🇪🇸 FC Barcelone
🇪🇸 Atletico Madrid
🇪🇸 Real Madrid
🇩🇪 Bayer Leverkusen
🇩🇪 Bayern Munich
🇩🇪 Dortmund
🇮🇹 Inter Milan
🇳🇱 Feyenoord
🇳🇱 PSV
🇧🇪 Bruges
🇵🇹 Benfica
🚨Ku bantu mukunda agasobanuye ka Rocky n'ibindi bihangange injira muri groupe WhatsApp uciye aha ⬇️👇
https://chat.whatsapp.com/Bll54JY7aIP2gyFXtZIx1S
17/02/2025
✅💯AMAKURU Y'INKINO AGEZWEHO KWISI:
🚨 Umugwi wa Manchester City wifuza gusinyisha abakinyi babiri ba FC BARCELONA aribo Raphinha Diaz hamwe na Pau cubarsi mu ci riza(El National)
🚨Manchester United Irashaka Kugurisha Alejandro Granacho Na Mugenzi We Kobbie Maino Kugira Ngo Ikusannye Inoti Izakoresha Ubwo Izaba Igura Intwaro Nshashya Mu Mpeshyi (GiveMeSport)
🚨Uhagarariye/Agent Benjamin Sesko Wa Leipzig Uyu Munsi Yarari I Barcelona Kuganira Na Barcelona Kuri Transfer Yuwo Musore (tjuanmarti Kuri X)
🚨Barcelona Irifuza Gusinyisha Alexander Isak Wa Newcastle United Na Victor Gyokeres Wa Sporting Lisbon Nk'Igisubizo K'Igihe Kire Kire Mu Busatirizi (Diario Sport)
🚨Chelsea Yavuze Ko Yiteguye Gusinyisha Myugariro Wa Atletico Madrid Pablo Barrios Ufite Agaciro Ka Million £70 (Fichajes)
🚨Manchester United Irihafi Gukomanga K'Umuryango Wa Leipzig Aho Ishaka Kubaza Iyo Kipe Ibyo Ishaka Kugira Ngo Irekure Myugariro Castello Lukeba (Sport Bild)
🚨Umutoza Wa Liverpool Arne Slot Yemeje Ko Luis Diaz Ashobora Gusohoka Muriyo Kipe Mu Mpeshyi
🤑Barcelona, Juventus Na Al Nasri Nizo Kipe Zishaka Ku Musinyisha (Fichajes)
🚨Tottenham Yabwiye Manchester United Ko Nitava Inyuma Ya Matheus Cunha Wa Wolves Izabona Nkibyo Imbwa Yaboneye Ku Mugezi (Diario AS)
🚨Manchester United Na Manchester City Zamaze Kugaragaza Ibimenyetso Simusiga Byemeza Ko Zishaka Gusinyisha Rodrygo Wa Real Madrid Mu Mpeshyi (Jorge Castro Pićon)
🚨Real Madrid Yasanze Arsenal Na Manchester City Murugamba Nayo Ivuga Ko Yiteguye Kurwana Ariko Ikabona Martin Zubimendi Wa Real Sociedad (Teamtalk)
🚨Liverpool Irashaka Gusinyisha Mohamed-Ali Cho Umaze Gutsinda Igitego 5 Na Assist 3 Aho Muri Nice Yo Muri France (Teamtalk)
🚨Ku bantu mukunda agasobanuye ka Rocky n'ibindi bihangange injira muri groupe Whatsapp uciye aha ⬇️👇⬇️
https://chat.whatsapp.com/JysiEbMeFfbKJt7YhXXxdv
11/02/2025
Inkuru nziza ku bafana bw'umugwi wa Real Madrid 🔥🔥💯
🚨Nkuko vyemezwa na Fabrizio Romano.Ngo nuko abakinyi aribo Antonio Rudiger na David Araba bazoba bagarutse ku rukino rwo gusubiriza rwa Real Madrid na Manchester city
🤷Gusa ku bwanje Umukinyi Raul Assension ntakwiye kwicara nagato ✅
🚨Ku bantu mukunda agasobanuye ka Rocky injira muri groupe Whatsapp uciye aha 👇 ⬇️
https://chat.whatsapp.com/Bll54JY7aIP2gyFXtZIx1S