Inkino Actu

Inkino Actu

Share

Urubuga tuvuga inkino na cane cane dusesengura ivyabaye mu nkino kw'isi.

22/02/2022

🔴 Kw'isoko ⚽ | Umukinyi w'inyuma iburyo w'umugwi Réal Madrid CF, ,ngo uwo mugwi urashimishwa n'ingene yitwara neza muri .Bipfuza ko agaruka mw'ici riza.Ni mugihe yama mu bikondoka agaca asubirirwa na asanzwe ari umusatirizi.

✍🏿 Abandi bakinyi batijijwe nka , , , nabone ngo uwo mugwi uriko urabihweza ko wogarukana uwuzoba ariko yitwara neza.

22/02/2022

❌ Final C1- St Petersbourg | Nk'uko abegereye ishirahamwe UEFA babishikirije abanyamakuru ba ESPN, urukino rwa Finale rw'ihiganwa Champions League 🏆,rishobora kwimuka rubere mu kindi gihugu atari uburusiya🇷🇺.Ni inyuma yaho umushikiranganji wa mbere w'ubwongereza 🇬🇧, , yashikirije ko urukino nkurwo rudashobora kubera mu gihugu gitera ibindi bihugu vyikukiye(Ukraine🇺🇦).

22/02/2022

🔴 Kw'isoko ⚽ | Mugihe bitokunda ko bazana umusatirizi mw'ici riza, umugwi uzoca uraba ko wokwumvikana n'umukinyi w'inyuma wa FC Séville, 🇨🇵 n'umusatirizi nka 🇸🇪 wa Real Sociedad.

22/02/2022

🟡 Hazard | Nk'uko vyavuzwe n' iradiyo Marca,ngo Eden Hazard yoba agomba atizwe muri iyo yaguzwe ava.Umugwi Real Madrid CF uri mu biganiro na Chelsea FC ko bomutizayo.Ivyo ngo vyotuma vyoroha ko Real igura narirya Hazard ari mu bakinyi bahembwa menshi ari kumwe na azosohoka umugwi mw'ici riza.

22/02/2022

🏟️ RÉVOLUTION | Abakera barayavuze ngo:"Ibihe biha ibindi";none ngivyo vyimirije kuba mu rukino rw'umupira w'amaguru.

🟢 Umugwi wa ufadikanije n'ishirahamwe ,bagiye gukora ikibuga muri bwa buhinga bwo muri kazoza bita .

✍🏿Marc Zuckerberg yashinze kandi afise imitahe minini kurusha abandi ku rubuga ngurukana bumenyi niwe aherutse gutangaza ivy'ubwo buhinga bwa kazoza:abantu bazoshobora kuja kumurongo bambaye ivyuma nk'amarori yabigenewe, ishusho ryabo muri ubwo buhinga Metaverse rihura n'amashusho ya bagenzi be batambe,basangire...

📌Uko bizogenda rero abafana ba Man City bazokoresha ubwo buhinga bace baraba urukino nk'uko umengo bari kuri ,ikibuga ca Man City kandi batigeze bava muhira.Uwo mugwi niwo wa mbere wiyumviriye kujana n'ibihe tugiye gushikamwo igihe ubwo buhinga buzoba butanguye gukora.

🟡Naho biri uko, n'ubuhinga buzosaba connexion nini kandi bizotuma ibibuga bitazosubira kwakira abafana benshi.Ibihugu vya Afrika nta nkeka ko bizogira ingorane yo gukoresha ubwo buhinga narirya tugikoresha benshi 3G,4G gusa.


22/02/2022

🔴 Messi | Mugihe mugenzi we aherutse gushikiriza ko azohereza gukina umupira w'amaguru mw'ihiganwa ,ryo muri , yamenyesheje ko azokina urukino rwa nyuma yambaye mu gice ca mbere impuzu za hama igice ca kabiri za .Ivyo vyoshoboka muri "match de Gala" kuko mu mahiganwa asanzwe ntivyokunda.Ahanini yashatse kwerekana urukundo akunda Barça n'igihugu ciwe . G.O.A.T

21/02/2022

🔴 Real 🆚 PSG | Mu rukino rwo gusubiriza mw'ihiganwa Champions League, umukinyi wo hagati mu kibuga, ,azokina mu kibanza ca azoba ari mu bihano kubera amakarata y'umuhondo 🟨 yaronse mu nkino 2️⃣ zikurikirana z'iryo higanwa.

21/02/2022

✅ Vinicius Jr. | Umusatirizi w'umugwi Réal Madrid CF, ,afise ibitsindo 1️⃣6️⃣ muri uno mwaka w'inkino,ku myaka 2️⃣1️⃣ gusa afise.Aciye arenga yigeze gukwiza ibitsindo 1️⃣5️⃣ kuri iyo myaka nyene, mugihe yari umukinyi wa FC Barcelone.

21/02/2022

🔴 Auba || Mu kinjana ca 21, ,niwe mukinyi wenyene amaze gutsinda ibitsindo 3️⃣ mu rukino rumwe,mu mahiganwa , , na .

21/02/2022

🔴 Imikoshi | Mu rukino rwaraye ruhujije imirwi nserukirabihugu y'abigeme USA🆚 Nouvelles Zélande, umukinyi w'inyuma w'igihugu ca Nouvelle Zélande, yatsinze ibitsindo 3️⃣ vyose...mw'izamu ryabo(buts contre son camp).

😭 Ikibabaje muri vyose n'uko ivyo bitsindo yavyitsinze mu mwanya utarenga iminota 3️⃣2️⃣.Atako kimwe aciyinjiza akoresheje ukuguru kw'ububanfu,ikindi ukw'iburyo n'ikindi akoresheje umutwe.


21/02/2022

🇨🇵 Nkuku || Umusatirizi w'umugwi RB Leipzig, , akiri muto cane,yaraye yinjije igitsindo ca 2️⃣2️⃣ .Kuva uno mwaka w'inkino utanguye amaze gutanga imipira ivamwo ibitsindo 1️⃣2️⃣ yose.🙌🏿

✍🏿Uyu mwana yaguzwe avuye muri PSG aho yarerewe ariko nta nkeka ko be na Vinicius Jr nibo bana bibonekeje kurusha abandi tutari tubiteze,guhera mu ntango z'uyu mwaka w'inkino.

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Telephone

Website

Address


Bujumbura