20/12/2021
🔴Boum Boum muri tayali ndabahe amakuru y'inkino?
Gutanga Amakuru Ya Barca Agezweho!
20/12/2021
🔴Boum Boum muri tayali ndabahe amakuru y'inkino?
26/11/2021
🚨Kumusi w'ejo Aho bukera igenekerezo rya 27 Munyonyo ihiganwa ryo mu cicaro c'ambere rizoba ryagarutse ku ndwi yaryo ya 14.
Nguku uko ku bibuga bitandukanye bizoba vyifashe:
URUNANI
➡️13h00: Buja City 🆚 Messager Ngozi
URUNANI
➡️15h30: Rukinzo 🆚 Kayanza Utd
GATWARO
➡️15h00: Top junior 🆚 Musongati Fc
UMUCO
➡️15h00: Olympic star 🆚 Royal Fc
IVYIZIGIRO
15h00: Les Crocos 🆚 Flambeau du centre
🔴 No kumusi w'Imana igenekerezo rya 28 Munyonyo rikaba rizobandanya k'undwi igira 14
UMUCO
15h00: Athético New oil 🆚 Vital'o
URUNANI
➡️15h00: Bumamuru Fc 🆚 BS Dynamic
RUYIGI
15h00: Flambeau de l'est 🆚 Aigle Noir CS
🔴🔵 Nguko uko bizoba vyifashe ku bibuga.Urukino twovuga koruzoba rukomeye nurwa vs Dynamic 🔥
♨️Tubibutse ko umurwi wa ariwo ukuyiboye ihiganwa
26/11/2021
04/11/2021
Happy
mbega ibagarw rya ng baragakosoy pee!s wacu uhejej kubikor kubitsind 2-0 sprtng tuwukez brca forca forca forca baraceeeeeloooonaaaa
Goooll goooll goooll leo messi goooll
17/07/2017