Eddy Bop sports

Eddy Bop sports

Share

Cette page est concerné par les infos du foot

16/03/2025

Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Joël Joe Lee Ndiku, Tuyisenge Jean Marie, Etienne Etimimi Gisekedi Niyorugira

27/07/2024

🚨🚨| Icizere yabuze kiri mwenewabo agiye kukironkera k'umunyamahanga

yabwiye FC Barcelona ko yizeye cane 💣💣

yagize imvune izotuma amara hafi ukwezi inyuma y'ikibuga ariko ngo ibikorwa arabikomeza mpaka agarutse vuba cane

Rero gahunda yogusohoka kuru uyu yari yiswe "THE NEXT MESSI" ntikiri mubiharuro.

Yoba ari ingingo nziza kwa FLICK??


Photos from Eddy Bop sports's post 19/07/2024



OFFICIEL: yamaze kwiyunga na avuye muri

NIYERA n'umukinyi akiri muto w'imyaka 21 akina azibira aca k'uruhande rw'iburyo akaba asinye amasezerano y'umwaka umwe muri Bumamuru FC.

Yaciye mumigwi nka Aigle Noire,Royal FC akaba kandi yarakiniye Intamba Murugamba U17 na U20 akaba kandi yaramaze imyaka 2 muri Flambeau du Centre.

Uyu mwanya akaba ari m'urugendo rumwerekeza muntara ya Cibitoke gutangura imyimenyerezo n'abandi.

Abakunzi ba Bumamuru FC mwihereze akantu kuko uyu mugwi wanyu urasumye cane🔥🔥



14/07/2024

Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Joël Joe Lee Ndiku, Tuyisenge Jean Marie, Olivier Irakoze, Etienne Etimimi Gisekedi Niyorugira

Photos from Eddy Bop sports's post 13/07/2024

🚨🚨/ Real Madrid

Umusaza yitwa n'inde muri Real Madrid??

●Amazina yiwe yose ni MIGUEL PORLAN NOGUERA akaba ari umunya Espagne w'imyaka 62 yavukiye mugace ka Totana.

●Uyu mugabo akaba yarabaye umukinyi mwiza w'inyuma k'uruhande rw'i buryo,akaba yakinye inkino 637 atsinda ibitsindo 3 nk'umukinyi azibira aca k'uruhanda.

Rero uyu mugabo akaba asanzwe ariwé agenzura umugwi wa Whatsapp uhuriramwo abakinyi ba Real Madrid ariko kandi akaba ari umwe mubagenzura imbuga ngurukanabumenyi za Real Madrid.

Gushika ubu uyumugabo ngo ntarageza mumugwi wa Whatsapp wa Real Madrid.



PjPj Classic FM 97.3 MHzlPj Classic FM 97.3 MHzMPj Classic FM 97.3 MHz7Pj Classic FM 97.3 MHzHPj Classic FM 97.3 MHz

Photos from Eddy Bop sports's post 08/07/2024

🚨🚨| yahora akinira BUMAMURU FC ashobora kuyivamwo umwanya n'umwanya.

Uyo musore akiri muto biravurwa ko yoba ari k'ubutaka bw'Urwanda aho ari mw'igeragezwa mumurwi wa MUHAZI UNITED usanzwe ukina icicaro ca mbere aho muRwanda.

Amani asanzwe ari umukinyi asatira aca k'uruhande mbere ahashobora no gukina hagati inyuma y'umusatirizi.

Tubibutse ko amasezerano yiwe na Bumamuru FC yari yaraheze.

Eeeee Bumamuru FC mubona yoba ihomvye???


Photos from Eddy Bop sports's post 04/07/2024

| GROUP L

SENEGALE 🇸🇳
BURKINA FASO 🇧🇫
MALAWI 🇲🇼
BURUNDI 🇧🇮

Ayayayaaa....murabona tuzohava dutembera mumiji ry'i Maroc??🤗🤗🤗

Amabarabara ni 4;murabona tuzoparika kuryakangahe??🙄


03/07/2024

🚨🚨| yongereje amasezerano yo kubandanya akorana na Real Madrid🤗🤗

Uyu ni umutaliyano w'imyaka 61 asazwe ajejwe gutegura imibiri y'abakinyi ba Real Madrid(Préparateur Physique)

Pintus agiye kubandanya akorana na Madrid gushika 2026👨‍🔧

Imigwi igiye kibandanya yumva ukuboko kw'umusaza kbx😁😁

[via: MARCA]


Photos from Eddy Bop sports's post 02/07/2024

🚨🚨| Official Announcement💙❤️

is the new goalkeeper of Rayon Sport⚽️🇧🇮🇧🇮

Mundonderere Jersey ya Murera umwaka uza ndaba ndi inyuma yayo😎😎bwana Jésus-marie Nzoyihaya nizere ko wavyumvise☺☺



Photos from Eddy Bop sports's post 02/07/2024

🚨🚨| Rayon Sport yasinyishije umunyezamu w'umurundi imyaka 2 imukuye muri Amagaju FC.

Inyuma yokuva muri Bumamuru FC umwaka uheze akaja muri Amagaju FC, umunyezamu mwiza yaranze Primus League ya 2022-2023 yerekeje mumugwi wambere ukunzwe muRwanda.

Patient yaguzwe Miliyoni 20 z'amanyarwanda(20Millions Frw) kugira Amagaju amurekure.

Amagaju FC barasigara 10Millions Frw hanyuma umukinyi ahabwe 10Millions Frw.

Patient Ndikuriyo azoza ahembwa ibihumbi 800(800Milles Frw) buri kwezi mukiringo c'imyaka 2 yasinyi Gikundiro c'aba Rayon.

Rayon Sport irasumye umuzamu kbx🇧🇮🇧🇮


28/06/2024

🚨🚨| yipfuza cane wa Lille gusumba Riccardo Calafiori kugira yubake ubwugarizi bukomeye.

Inyuma yo gutandukana na kizigenza wayo Nacho Hernandez, Real Madrid ibona ko umusubiriza wiwe ari Lenny Yoro wa Lille.

[ via:]


Photos from Eddy Bop sports's post 28/06/2024

🚨🚨/ agiye kwiyunga na FC muRwanda

Inyuma yokuva muri Flambeau du Centre FC mumwaka uheze akerekeza mu Amagaju FC, agiye gukinira imyaka 2 umugwi wa Rayon Sport.

Milioni 20 z'amanyarwanda(20Mfrw) n'izo Rayon Sport FC igiye guha Amagaju FC kugira basimbane ishanyarazi.

Iyi Rayon Sport ya Haruna Madjaliwa irasumye pp⚽️⚽️


Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Cibitoke?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Website

Address


Carama
Cibitoke