Kayanza united forever

Kayanza united forever

Share

equipe professionale

Photos from Top Sports News's post 05/09/2022
25/04/2022

nuko vyangenxe

🔴 United ngo iyo bahura na Ngozi bibuka ivyabaye Aho birukanywe kukibuga CA Messager Ngozi bazize kuyitsinda.

Kayanza united yarisanzwe yaratiye stade Urukundo akaba ariho bakirira inkino muri saison ya 2019-2020, urukino rwikirarane rw'umusi ugira 3 wihiganwa rwahuza Kayanza united na Messager Ngozi Aho kubera kuri Stade Urukundo, Kayanza united yasavyeko rubera I Muyinga kuri Stade Umuco Aho bahavuye batsindira Messager Ngozi ibitsindo 2 -0 Hari kwigenekerezo rya 20/11/2019 maze bukeye kugenekerezo rya 21/11/2019 hasohotse urwete ruhagarika Kayanza united gusubira kwakirira kuri Stade Urukundo riteweko umukono na Dieudonné Ntibarutaye yararongoye academie le Messager Ngozi ico gihe.

Kuva ubwo ubukeba hagati yiyo mirwi isangiye akarere buba buratanguye.

Kayanza United yaciye ikora ibishoboka vyose ikibuga Cabo Stade Gatwaro baragiheraheza vyihuse Kunguvu z'abenegihugu biyo Ntara.

Kayanza rero ngo botuma batsindwa canke bagasiba kurorera izindi nkino zose ariko ngo bakina na Messager Ngozi biba ibindi.

Ninde Muha amahirwe yogutsinda urukino rw'ejo???


League Burundi

.bi

Photos from Sport257 News's post 18/04/2022
11/03/2022

vs

Ku munsi w'Imana, igenekerezo rya 13/03/2022 umugwi wa uzokwakira umugwi wa kuri igihe c'isaha cenda(15h00).
Ni urukino rwitezwe cane n'abatari bake.
©Ku ruhande rwa Kayanza United berekana ko batipfuza gukoroka icicaro, mu gihe mu nkino 3 baheruka gukina muri bazitsinze zose, gushirako urukino baheruka gutsinda muri .
Kugeza ubu bahagaze mu kibanza ca 13 n'amanota 25 aho basumvya umugwi wa 14(Flamb.Est) amanota 3 gusa .

Ku ruhande rwa , mu nkino 3 baheruka gukina muri batsinze 2 banganya 1. Muri Coupe du Président baheruka gutsinda .

©Ku bwanyu mufatiye kuvyo umugwi umwumwe ushaka, mugafatira no ku kuntu umugwi umwumwe urikwitwara muri iyi minsi; murabona ugo rukino ruzorangira gute?

Ivyo vyose rero kugira muzovyibonere musabwe kuzokwishikira kuri (Kayanza) kugira mwirabire ugo rukino
KWINJIRA:
-Tribune: 2000Fbu
-V.I.P: 3000Fbu






tjr actif

11/03/2022

nkumukunzi wa KAYANZA UNITED ndakengurutse ingo ya staff yacu kuba biyunviriye kubafana kuba bagabanije aga tickets ko kwinjira turashimiye abiyunviriye kubafana nizindi maci murabiyunvirako kuko umufana n inguvu z umukinyi kayanza united Teri mbere ijisho ryumufana
🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽⚾⚾⚾⚾⚾⚾⚾

05/03/2022

urukino rwuyu musi twashimye cane kuko vyagenze neza cane turi shima cane gusa imyiteguro igume ibandanya

05/03/2022

kayanza united irerekanye ko itakiri bwa burwi bwo guta mundasa

27/02/2022

Bumamuru irasugerejwe bikomeye mu kibanza ca mbere amanota 3 gusa niyo asigaye kugira bayihamvye

Top Junior irasubiye guhaguruka irikunwe na Athletico New Oil

Nayo Kayanza yagumye yemeza abakunzi bayo mu kwikura mu kibaza gitukura

Vyirabire vyose ngaha uruganda rwa SatSport.bi turi ku kivi tubibegeraniriza bakunzi bacu






Satsprt. bi

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Kayanza?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Address


Kirema RN 1
Kayanza