17/01/2021
Tugire Amahoro y'Imana!
Turiniteka ryo kubatumira no kubasaba mushigikire ibikorwa vya Fondation NGD, muri "Encadrement des Jeunes" mu Burundi, bijanye n'inkino, amahoro, n'iterambere.
Abari hanze y'Uburundi, mushobora guterera amuganda muciye kuri: https://www.gofundme.com/f/sports-for-love-and-peace-in-burundi/. Abari mu Burundi, ni kuri Coopec Compte No: 230-004879-00-93.
Barayamaze bati: "Habaho Umutima muto ariko nta ntererano nto ibaho." Akarorero: $10 akinisha Match 1 ya Minimes, $15 agura Ballon 1, hanyuma $20 nayo akinisha Match 1 ya Cadets, etc.
Kubakora "Declaration des Taxes" mu bihugu babamwo, turatanga "Donation Receipts" kugira mushobore kuzideklara.
Sport Oyeeee! Murakoze cane,
NGD Foundation.
29/12/2019
15/12/2019
11/12/2019
11/12/2019