12/03/2026
Umumenyereza w’umugwi nserukiragihugu, SANGWA Patrick Mayani, yashize ahabona urutonde rw’abakinyi bahamagawe kugira bakine inkino zibiri z’ibanze z’amajonjora yo kuja mu gikombe ca CAN 2027 zizoduhuza na Tchad ku wa 26 no ku wa 31 Ntwarante 2026.
29/07/2024
IMVUKIRA CUP 1ère Édition
_______________________________
Kuruyu musi niho ihiganwa *Imvukira Cup* ryatangura ,urukino rwambere rukaba rwahuje imigwi ya :
Nyaburumba Fc Vs Small Boys
Full time 0-0
Tirs Au Buts Nyaburumba 4
Small boys 5
Urukino rwakabiri rwahuje imigwi ya:
MAKAMBA ALL STARS 1
JEUNES SPORTIVE 2 Cedrick 30'⚽
Cedrick34'⚽
Bruce 64'⚽
Gushika uyumwanya Jeunes sportives na Nyaburumba akaba arizo Équipes zash*tse mu 1/2 Final
Mwomenya yuko iryo higanwa rishigikiwe na rumwe mugwaruka rw'imakamba rusanzwe ruba hanze y'igihugu nka:
**BORIS(Allemagne) ALAN COOL(USA) ARMEL(Allemagne) DIDIER (Allemagne) ASTON(Sweden* ).
20/08/2023
🔵🔵 INTER STAR club records history as the first club to have a female coach since Primus Ligue Burundi started.
Soka Daily Bd wishes him the best of luck in his new position.
12/06/2023
Get ready for new number 7️⃣
Vinicius Júnior has changed his number as he will wear number 7 next season 🇧🇷
New shirt number also for Rodrygo who will wear number 11 starting from July.
12/06/2023
🚨 BREAKING! REAL DECISION ON HAVERTZ, truth on GVARDIOL and NKUNKU: shorturl.at/agoq9