Kheri el khedila

Kheri el khedila

Share

Musuc

18/09/2022

Idw igir gatandatu uk imigw ikurikiran

04/09/2022

Uko imigwi isumban kudwi igira kane ryihigan primus league B
urundi tunabibus yu vital'o itarakin urukino rugir kane gwar kubahuz numugw wa inter star

02/09/2022

Ukwo niko imigwi igiye guhura kudwi igir kane ryihiganw rya primus league Burundi

02/09/2022

Bamwita Karikumutima Iddy umukinyi yahora akinira umugwi wa olympic star ubu akaba akinira umugwi wa musongati fc. Aho kumus wejo aho bukera baKazotana mumitwe numugwi w olympic star ese azobereka yuk yagiye bakimukeneye canke olympic star izoberek yuk naho yagiye nay yiyubase ✌

28/08/2022

Ivyo twar twize muntar y muying birangiy banganij ubus kubundi bibay incur yagatatu iy migw yos yimuying ingany

26/08/2022

Nkuko mumubono uyu musore amazina yiwe yitwa uwimana dorry akaba akimira umugwi w. A new oil uwo musore akab akiri muto cane akaba ari umukinyi ariko yitwara neza canee muri uwo mugwi akajambo keza kuwo musore uwimana dorry

26/08/2022

kudwi igira gatatu muntara ya muyinga woha amahigwe umugw uwuhe???

26/08/2022

Uko nik tombora yagenze ese barcelona woyiha amahigwe kuba iri mu mumasinda amwe na bayerne

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Muyinga?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Website

Address


Muyinga
69066