Daniel Ira

Daniel Ira

Share

Entertainment

30/10/2024
13/06/2024

Twagiye na 888starz abipfuza kwuguruza compte banyandikire Kuri +25761065620 ndabafasha.

31/05/2024

🚨🚨 NTIBISANZWE ✅ Carlo Ancelotti siwe mumenyereza w'umwaka i bulayi ahubwo ni Xabi Alonso wa Bayer 04 Leverkusen

Kandi Carlo Ancelotti siwe munyereza yaranze umwaka muri LaLiga ahubwo ni Míchel sánchez wa Girona FC

Ngaba abashimwe mu birori vya Globe soccer Award 2024:

1️⃣Mikel Arteta niwe mumenyereza yaranze umwaka muri Premier League yatowe muri Globe soccer Awards inyuma yo kurangiza saison ari mukibanza ca kabiri

2️⃣ Umugwi wa FC Barcelona niwe mugwi w'abigeme waranze umwaka watowe muri Globe soccer Awards Inyuma yo gutwara Laliga na Ligue des UEFA Champions League

3️⃣Umugwi wa Manchester City niwo mugwi w'abagabo waranze umwaka watowe muri Globe soccer Awards inyuma yo gutwara igikombe ca Premier League

4️⃣Inyuma yo gutwara igikombe ca Bundesliga adatsinzwe agatwara DFB pokal akongera agashika muri Final ya UEFA Europa League ; Xabi Alonso niwe mumenyereza w'umwaka yatowe muri Globe soccer Awards

5️⃣ Inyuma yo gutwara igikombe ca Ligue 1 Uber Eats na coupe de France akongera akaba umukinyi yatsinze Ibitsindo vyishi muri Ligue 1 ; Kylian Mbappé niwe mukinyi yaranze umwaka watowe muri Globe soccer Awards

6️⃣ Ku myaka 16 Lamine yamal niwe mukinyi akiri muto yaranze umwaka yatowe muri Globe soccer Awards

29/05/2024

Officiel! Ubu Hansi Flick niwe mumenyereza mushasha wa FC Barcelona

29/05/2024

🚨🚨 Muri sezo yiwe yambere muri Real Madrid C.F. J.Belingham niwe yatowe nk'umukinyi yaranze sezo muri Laliga .

•Umumenyereza yaranze sezo nawe yabaye Michel Sanchez amenyereza Girona .

•Umwana akiri muto Lamine yamal nawe yatowe kuba Umukinyi ari munsi y'imyaka 23 yaranze sezo muri LALIGA.

•Umukinyi wa Osasuna Jésus Areso yatowe kuba Umukinyi yatsinze igitsindo ciza caranze sezo muri LALIGA.

Ubushimwe Ubona bwatanzwe neza?

29/05/2024

🚨🚨🚨 BOOOOOOOOOOOOUMMMMM 🔥🔥🔥

Nestory Irankunda tayari yamaze guhamagarwa n' umugwi nserukiragihugu wa Australia🇦🇺 mu ntumbero yo gutegura inkino zo kurondera itike ryo gukina igikombe c' isi ca 2026.

24/05/2024

⚽️⭕️Endrick 🗣:" Ukuza kwa Mbappe kurambangamiye ? Oya mugihe musangiye intumbero ntamukinyi abangamira uyundi, umugwi ukomeye kw'isi uba ukeneye umukinyi mwiza kuri buri ruhande".

"Kuba iruhande y'abakinyi bakomeye bigutera intege zo kugwanira ikibanza, ivyo bizotuma ntera imbere ngere kurwego rwiza, intego yacu uzoba ari kugwanira ibikombe".

"Indoto yanje n'ugutahukana Champions league ndikumwe na Real Madrid, iyo uri muri Real Madrid wamana ishaka ryo kugwanira kino gikombe kandi biroroha"

Mfatiye kuraya majambo uyu mwana Endrick 17 yashikirije muguha ikaze Kyalian Mbappé muri Real Madrid, biciye binyereka ko harivyo Real Madrid yigisha abakinyi bayo imbere yuko batangura kuwukinamwo.

Uyu mwana azotangura gukinira Real Madrid itariki 31 Mukakoro, azoba arumwe mubagize ubusatirizi bwa Real Madrid sezo iza.

Yabibwiye ikinyamakuru AS.

23/05/2024

🚨OJO☎️☎️☎️☎️☎️☎️☎️☎️☎️☎️☎️ !

*Umumenyereza Hansi Flick na FC Barcelona bumvikanye hasigaye gusinya. Hansi Flick niwe agiye kuba umumenyereza mushasha wa FC Barcelona.*

*Hansi Flick agiye kuzohora ahembwa imiriyoni ziri hagati ya 10 na 11 z'ama Euro ku mwaka harimwo n'ama bonus.*

*Robert Lewandowski na ilkay Gündoğan nibo bariko baragira uruhara runini kugira ngo Hansi Flick aze kumenyereza umugwi wa FC Barcelona.*

*Hansi Flick agiye kuzoza mu mugwi wa FC Barcelona azananye na Staff yiwe bazofadikanya kumenyereza umugwi wa FC Barcelona.*🚨

20/05/2024

🚩🚩 UKUNIKO BIRNGIYE MU BUDAGI SAISON 𝟮𝟬𝟮𝟯-𝟮𝟬𝟮𝟰 MURI BUNDESLIGA

🔹Champion : Bayer Leverkusen
🔹Ligue des champions : Leverkusen,
Stuttgart, Bayern, Leipzig, Dortmund
🔹Ligue Europa : Francfort ( UCL si 🔹Dortmund remporte l' UCL)
🔹Conférence League : Hoffenheim
🔸Barrages de relégation : Bochum
🔸Relégués : Köln, Darmstadt

17/05/2024

Cole Palmer wa Chelsea niwe yatowe nk'umukinnyi ukiri muto yaranze shampiyona ya premier league 2023-2024.

17/05/2024

⚽️⭕️Mbe Gahanga wishwe n'iki ❓️Abandi bati imvuzi ya cane yavuze aho biciye se 🧏

Nk'uko mubizi abize amashure ya kera inkuru ya Gahanga wishwe n'iki murayizi cane.

Uyu musi Xavi Hernandez akwegewe n'amajambo yashikirije mu kiganiro yashikirije hirya y'ejo imbere y'urukino Barça bwaca ikina na Almeria aho baraye bayitsinze (0-2).

Nk'uko tubikesha ikinyamakuru MUNDO DEPORTIVO cegereye cane umugwi wa FCBarcelona, Xavi yavuze ko bigoye cane kubona umugwi wa FC Barcelona uhiganwa kw'isoko ry'igura n'igurishwa ry'abakinyi canke ngo ishobora guhatanira ibikombe nk'iyindi migwi nk'uko vyahora kera bitumwe n'ikibazo c'ubukene bw'uburyo Fc Barcelona imaranye igihe n'ubu kikiba kitaratorerwa inyishu.

Xavi Hernandez agiheza kuvuga aya majambo vyarashavuje cane Joan Laporta perezida w'uwu mugwi w'aba Blaugrana aca ahita asivya urugendo rwiwe yategerezwa guherekazamwo umugwi wiwe hariya i Alméria aho bari bagiye gukina rurya rukino rw'ejo.

Iyindi ngingo ikomeye Laporta yaciye afata ni uko n'ubwo le 25/4/2024 bari bafashe ingingo yo kugumiza Xavi mw'uyu mugwi nk'umumenyereza,iyo ngingo igiye gufutwa Xavi Hernandez yirukanwe hama bazane uwundi mumenyereza.

Nk'uko tubandanya tubisoma no kuzindi mbuga zegereye cane Barça ndetse n'abameyeshamakuru b'i Catalogne, iyo Xavi yihenda agatakaza rurya rukino rw'ejo yari gutaha asanga ikete ku meza ryo kumwirukan eh ndabira xav ari mumazi abira vrt🙏

16/05/2024

🚨 Aba nibo bakinyi bagenwe kugira hazotorwemwo Umukinyi 1 yaranze umwaka muri Laliga :

🇧🇷 Vini Jr. (Real Madrid)
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Bellingham (Real Madrid)
🇯🇵 Kubo (Sociedad)
🇫🇷 Griezmann (Atlético)
🇺🇦 Dovbyk (Gérone)
🇪🇸 Kirian (Las Palmas)
🇵🇱 Lewandowski (Barcelone)
🇪🇸 Isco (Real Betis)
🇪🇸 Aleix Garcia (Gérone)
🇳🇴 Sorloth (Villarreal)

Real Madrid na Girona nizo zonyene zaserukiwe n'abakinyi babiri babiri .

Ninde uha amahirwe mwabo bakinyi yogutahukana agashimwe k'umukinyi yaranze umwaka muri Laliga ❓
----------------------------------------------------------------
Abantu mwese mushaka kugurura ama compte ya *1XBET*Nyandikira kuri +25761065620

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Rohero?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Address


Rohero