29/01/2022
IZI NIZO NYISHU MWARI KWISHURA MURI
Info sports
29/01/2022
IZI NIZO NYISHU MWARI KWISHURA MURI
28/01/2022
?? :
Nyahiganwa twabateguriye buri wa gatanu
?? 🇧🇮🇧🇮🔥
🔰twarizanye ishura ivyobibazo uciye muri comentaire.
Ntutangwe kuko niwewe ugiye gutsinda ukaba incabwenge yaranze indwi.
🔰gira j'aime kuri page kugira uzushobore kubona inyishu zibibazo inyuma yamasaha 24 🇧🇮🇧🇮🔥
26/01/2022
🚨 :Twabazaniye
➡️ 🇧🇮
📌Nihiganwa ryincabwenge nawe ushobora kugerageza🇧🇮🇧🇮
📌Rizohora riba kumusi wa gatanu mukishura ibibazo vyabajijwe muri comentaire.
📌Inyuma yamasaha 24 tukaza kubereka inyishu zibibazo twabajije
🔰Menya neza: Uwuzoba yarushije abandi azotorwa nkincabwenge yaranze indwi
Tukamushira kuri Page ya TOP QUIZ 257🔥🔥🔥
🔰gira j'aime👍 kuri page nyimba atayo urakora kugira uzushobore guhiganwa nawe kumusi wa 5

Kurikirana real madrid vs osasuna ikibiriraho🔥🔥🔥🔥⚽⚽
https://www.facebook.com/100073531982260/videos/1277751529336845/?app=fbl
17/10/2021
🚨 : mbega ibisanga
Leichester 4-2 Man utd
🆗:Inota rimwe munkino 3 nihahandi bavuga ko umupira udunda kabisa
✔️Mbega Ronaldo akagacerere ntiyokavamwo??🤔🤔
17/10/2021
🚨📌 : ashoboye gushikira nkumukinyi wumunya africa yinjije ibitsindo vyinshi mubwongereza⚽⚽💯
🗣️Akajambo kamwe kuruwo musore wiwacu🔥🔥
17/10/2021
🚨🚨 : goals 3 munkino 4 kuva aho ashikiye mu murwi wa ac milan amashi menshi🔥🔥 kuri