Koresha code promo BONFILS2 na 1xbet
Menya vyinshi
Bonfils
Indirimbo iruhura umutima subiza amaso inyuma wibuke ivyo IMANA yagukoreye
Hello 🤩🤩🤩
Koresha code promo BONFILS2 na 1XBET 🎁🎁🎁
IMANA ishimwe cane
28/03/2024
Jusus
15/03/2024
1XBET koresha code promo BONFILS2
Ufise ikabazoTÉL 📱+25768050528
Koresha code promo BONFILS2 wibere umutunzi na 1XBET
TÉL+25768050528 tugufashekubijanye na 1XBET 🎁🎁🎁
02/12/2023
🛑🚨 Real Madrid igiye kigerageza irya nyuma gusinyisha Kylian Mbappé !
Kurino ncuro, bizoba bitandukanye cane nukuntu bahora bamurondera mumisi iheze : nimba Mbappé agifise indoto zo gukina mumirwi wa Real Madrid, azovyerekana mugusinyira uno murwi vuba vyihuse !
uno murwi waba merengue ngo ntabindi biganiro vyamananiza bazosubiramwo canke ngo hirirwe haravurwa ibindi bihuha nkuko vyagenze mumyaka ibiri iheze .
🗞️ Relevo
Menya vyinshi
01/12/2023
🚨🎙️l Ancelotti Mukiganiro nitangaza makuru imbere y'urukino rwo kumusi w'ejo :
"Jude azokina kumusi w'ejo. ararushe bukebuke hamwe nakagorane gato kububabare afise mvivi, ntabindi."🚨
"Ejo, nibaza ko tuzobandanyana na Lunin, ndetse tuzoba dufise niyinga ryo gutegura Kepa kurukino rwa Betis."
"Toni Kroos yitwara neza ukwo yokinana nabandi bakinyi abaribo bose kandi arakina neza na Valverde, Camavinga, Tchouaméni. Urugero rw'iwe ruracari rwarundi.
Kazoza kiwe? Wenyene ubw'iwe niwe azofata ingingo, arazi ko twese hano tumukunda."
"Jude Bellingham mumikinire y'iwe yoba asa na Di Stéfano, Cruyff canke Zidane ?
Nsinobigereranya,ariko novuga ko imikinire y'iwe isa cane niya Kaka."
"Endrick turamukurikirana kandi turamwishimira. Kandi turabona ko iterambere ry'iwe ririko rigenda ryihuse canen . turushimiye kandi n'uko tuzoba turikumwr muri sezo ikurikira."
"Kugura abandi bakinyi mukw'ambere? Oya,ivyo umurwi wakoze muri rino ci nivyo,kandi nivyiza."
01/12/2023
🚨🚨! Kuruno musi niho umurwi wa Arsenal uhimbaza isabukuru y'imyaka 137 uno murwi umaze ! 🥳🔴
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
RUMONGE
Rumonge