08/04/2023
โ๏ธ๐
2 ๐งก๐บโค๏ธ๐
โซMuri Part1 ,duheruka Papa Darlรจne agarutse muhira ndetse abana bababaye kuko uwo bari bagiye kuraba siho yari.
๐ฅNayo rero Bash*tse i muhira Maman Darlรจne nawe abonye ko batazanye wa mwana niko guca atwenga cane aca avuga aryohewe ngo:........
๐ฅ๐ฅYeeee, ubwo nyene Darlรจne nawe aca.......
:
Bash*tse rero ,Maman Darlรจne aca aravuga ati: Ariko kuki ugomba kumfata nk'uko wishakiye?Ba mayibobo bose ngo urazanye muriyi nzu.
Ahonyene Papa Darlรจne acaramukankamira ngo nanje ndavuze nti ntegerezwa gufasha uwo mwana agowe.
Maman Darlรจne aca ahekenya imisaya arashavura.
Tuje kurundi ruhande aho tubona kagakobwa kagiye kumuhana umwe gusaba imfungurwa baca batangura kukabazagiza ngo uvahe? Nako kishura ko kazananye na Maman wako mu gisagara maze Nyina wiwe aca aramwinyegeza amutayo niko guca agorwa nkuko.
Rero bica bibatera akagongwe bamuha utwo gufungura ndetse bamuha n'indaro.
โซBukeye reo; Darlรจne na Darcy bagiye kwishure nkuko bisanzwe bagenda nimodoka ya sewiwe batwawe numukozi.
Bagezeyo umukozi acarataha ababwira ko aja kugaruka kubatora.Mwishure turabona abana bariko baratera inkuru:
Darcy: Alain mwebwe mwaje niki kwishure?
Alain: N'amaguru namwe?
Darcy: Umukozi wa papa niwe yatuzanye.
Alain :Natwe sha twarose umukobwa azoza aratwoza yongera aduherekeza kwishure
Darcy: Yitwa gute?
Alain : Sindaryibuka uraja kumubona aje kudutora.
โซTurabona basohotse maze kagakobwa karaza gutora Alain.
Rero Darlรจne yarirutse kumusanganira ndetse abandi bana baratangara bibaza nimba amu*i he! Darlรจne na Darcy baca basaba Nyanzira ko botahana muhira ariko aranka ngo Maman Alain atamubajije ntiyogenda.
Abo bana bajanye bose kuba Alain.
โซUmushoferi yaje gutora Darlรจne na Darcy arababura aca asubira muhira avuga ko abana ababuze.
Kurundi ruhande Darlรจne na Darcy baca basaba Maman Alain ko yoreka Nyanzira bakajana.Maman Alain yababajije ko bari bamu*i nabo baremera ndetse na Nyanzira aremera ,Maman Alain acaramureka ariko amwemerera ko naho azogaruka azomwakira.
Erega abana bari murunganwe rumwe bibagira nuko bashonje batangura kwikinira munzira ndetse Darcy acagura ibitumbura mumahera yarafise mumufuko. Bibagiye gutaha kumbe muhira bari muvyambu nka sakumi baja bumva abantu badodoye kumbe ni babana muhira naho bari bashavuye barabashwanira inyuma yabo babona uwundi mwana kumbe nikagakobwa bari bazanye.Papa wabo amubonye ndetse amenye ko batevye bariko barondera uwo mwana araryoherwa kuko yumva yishimye kubwurukundo rwabana biwe.
Nayo Kurundi ruhande turabona umuryango umwe mumitumba uriko urarondera umwana yatakaye.
๐ฅ๐ฅ๐ฅYeeeee, Tuje rero murugo kuba Darlรจne maze Maman Darlรจne akibona umwana Nyanzira murugo rwiwe yahiseโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโข
โฆโฆโฆ
โICO CARI IGICE CA KABIRI.
โUyu mugore kumengo arinzigo Biraheraheee ???
โ
Mumfanshe gukora ama menshi na j'aime tubandanye na PART3
๐๐๐
Muntu utariko urya inoti muri 1xbet uriko uhomba๐ธ๐ธ๐ค
Ushaka kugurura kubuntu Ahuri hose muri tรฉlรฉphone yawe; injira muriyo Groupe WHATSAPP Bakwigishe vyose kubuntu ๐ ๐ ๐
https://wa.link/agznvh
https://wa.link/agznvh
Twandikire kwiyi numรฉro 67584470 tukwigishe kubetinga kuva kuntango gushika uheze๐
08/04/2023
Jewe uru rukundo nagiyemwo ruzonsaza๐๐ gukundana n'abana babahererezi n'ingorane nkeu๐๐๐๐๐๐๐
08/04/2023
Izo nkundo z'uburofa zanyu๐๐๐๐๐๐๐
08/04/2023
Mbe ncut akakant aho iwany mukita gute?
08/04/2023
Umuhungu:chr warihe kuvahonakuronderey
Umukobwa:rondera amaher niwayaronk uzondonka
07/04/2023
โฃ๏ธ
1 โค๏ธโ๏ธ๐ทโค๏ธ
โซDutangura iyinkuru yacu tubona umu Maman arikumwe n'abana biwe babiri aribo na bari mu modoka bavuye gutembera; hanyuma bageze ahantu baca babona akana kari gusลซra mw'iyarara batamwo imyanda yari hafi y'isoko.
โซRero umukobwa Darlรจne niko guca abwira Maman wiwe ngo ahagarare yamara Maman wa Darlรจne aca ashaka kwanka.
Darlรจne aca atangura kurira hama Maman wiwe aca apfa guhagarara adashaka aca yongera akankamira Darlรจne amubwira ati: Darlรจ nibiki?
Darlene nawe ati: Urumva Maman mbonye uriya mwana nca nshaka ko tumubaza ivyo ariko arakora hariya bata umwavu.
Maman wa Darlรจne nawe ati: Puu, yarivyo??
Ubwo nyene, Darcy nawe aca abwira nyina wiwe ati: Maman none harico bitwaye??
Darlรจne yarururutse imodoka aca aja guhamagara nyakana arakabwira ngo ingo hano.
Kegereye baca batangura kuyaga.
Darlรจne: Witwa gute??
Uwundati: Nitwa .
Darcy: Harya uriko ukorahiki?
Nyanzira: Ndiko ndarondera utwo kurya basheshe ndabe ko nofungura.
Maman wa Darlรจne aca avuga ati: Sawa rero nimuze tugende,ntimwayaze none?
Nyanzira ati: Maman impa nakajana nje kugura igitumbura.
Maman: Oya sha ntayo mfise.
Darlรจne: Maman tumutahane muhira Patiri yatubwiye ngo tuje turakundana.
Darcy: Maman natwe mumuhari w'abasaveri batwigishije gukunda abandi.
Maman wabo aca arashavura aca akwegera Darlรจne na Darcy mu muduga arabatahana.
Rero Bageze i muhira Darlรจne na Darcy baca batangura kuguma bashavuye cane.
Papa wabo rero atashe acabaza impamvu bashavuye hama Maman wabo aca avuga ngo nivyo bigira. Yamara Darlรจne acabwira se wiwe ngo :Papa ni Maman yanse ko tuzana uwundi mwana aha muhira kuko yarashonje.
Papa wabo aca yumva ikigongwe acabaza Darlรจne ko azi aho uwo mwana yarari!! Nawe Darlรจne aryohewe cane aca abwira se wiwe ko ahazi. Papa wabo acabaza Maman wabo ko boja kumuzana uwu nawe ntiyishuye nakimwe ahubwo yarimyoje aca aja mucumba.
Rero abana baguma bumฤซra se wiwe kuja kumuzana.Papa wabo yabonye ko ariwe afata ingingo acahitamwo kuja kumuzana acajana na Darcy na Darlรจne.
Rero Bageze hahandi wamwana Nyanzira yarari baca baramubura ,bararondera baramubura.
Ahonyene Darlรจne na Darcy baca barababara cane ,rero niko guca basubira inyuma bashavuye.
๐ฅNayo rero Bash*tse i muhira Maman Darlรจne nawe abonye ko batazanye wa mwana niko guca atwenga cane aca avuga aryohewe ngo:โขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโข
๐ฅ๐ฅYeeee, ubwo nyene Darlรจne nawe acaโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโข
โฅโฅโฅ
โICO CARI IGICE CAMBERE
โMbese kuki inkuru yiswe ruja aho rushaka????
โ
Mbe Uyu muvyeyi kumengo atanguye gushwana na famille yiwe bizoherahe???
โ
Mumfanshe gukora ama menshi na j'aime tubandanye na PART2
๐๐๐
Muntu utariko urya inoti muri 1xbet uriko uhomba๐ธ๐ธ๐ค
Ushaka kugurura kubuntu Ahuri hose muri tรฉlรฉphone yawe; injira muriyo Groupe WHATSAPP Bakwigishe vyose kubuntu ๐ ๐ ๐
https://wa.link/agznvh
https://wa.link/agznvh
Twandikire kwiyi numรฉro 67584470 tukwigishe kubetinga kuva kuntango gushika uheze๐
07/04/2023
INEZA Y'URUKUNDO PART 48
๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐น๐น๐น๐น๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐บ๐บ๐ธ๐ธ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผโ
Twasize Kentin ariko aganira na maitre wiwe!
Kentin: maรฎtre urazi ko ndakubaha. Ndashima ivyo wankoreye vyose. Kandi nzoguma ngushima. Ariko ngusabe nimba vyokunda nanje untere iteka ryo kwinjira mumurwi wabubatse!!!!
Maitre yararikumwe na Nadia baryohewe aramwishura ngo
Maitre: kentin uri sรฉrieux?
Kentin: cane.
Nadia: chr emera kentine aze Hama biryohe!
Maรฎtre: Kentin ndavyemeye!
Kentin: hhh. Merci beaucoup nukuri.
Maitre: We rero ca witegure ubwire abo basore mwubake iyindi nzu kandi imeze neza ngaha nyene. Kuburyo tuhagira agasagara kimiryango yacu!
Kentin: urakoze cane.
๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐๐๐๐๐๐๐๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ป๐ป๐ป๐ป๐๐๐๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐บ๐บ๐บ๐๐๐๐๐๐๐บ๐บ๐บ๐ธ๐ธ๐ธ๐ผ๐ผ
Kurundi ruhande turabona umusore azwi kwizina rya Emile, afashe imodoka yerekeza muri mission y'a KIRUNGO inkumi yatumweko na cihebe.
Ash*tseyo รmile abaza umuntu umwe KO yomenya uwitwa KIRUNGO.
Ataniciriwe kirasabwa kinini yavuze yamujanye. Niko gusanga aho KIRUNGO yiyicariye muhira yinywera amata.
Emile: amahoro neza mwigeme mwiza!
KIRUNGO: amahoro. Urabitoye ndi mwiza cane
Emile: nanje nzirana no kubesha. Umeze neza none?
Kirungo: cane tu. Mugenzwa namaki?
Emile: Je nje ngha ntumwe numuntu akomeye cane aba mugisagara ca Bujumbura!
KIRUNGO: najahubona nsinavugana nabasanzwe nukuri.
Emile: none rero atakirinze gusabwa ndagusavye wemere tugende!
KIRUNGO: nokwemezwa Niki KO mutagomba kungirira nabi?
Emile: undavye ubona nsa numugizi wanabi?
KIRUNGO: abagizi banabi hari uniforme bagira? Oyada. Ariko nyene raba unyemeze kivyuriko urambwira arivyo.
Emile: gute naho?
KIRUNGO: umuntu avuka rimwe kandi apfa rimwe. Raba umpe akantu nsiga aha murugo kuburyo ninapfa nzosiga akantu!
Emile: reka ndamufone mwivuganire!
Niho Emile yafona cihebe maze amuha KIRUNGO baravugana!
Cihebe: allรด
KIRUNGO: ego. Ndumwigeme mwiza wambere kwisi no mwijiru. Ngo murantumyeko?
Cihebe: kwisi no mwijuru?
KIRUNGO: egome.
Cihebe: usumba Mariya rero?
KIRUNGO: cane nabamalayika Bose!
Cihebe: none ? Ingo ndabe ubwo bwiza urata kwisi no mwijuru!
KIRUNGO: uwo watumye wamurungikanye iki? Iyi modoka?
Cihebe: We Ingo ibindi ni munyuma;
KIRUNGO: rungika vuba vuba akariyoni kamwe nsigira abo murugo!
Cihebe: niyushaka?
KIRUNGO: ego. Ibindi ni nyuma! Reka ndungike muri SMS compte coopec uyashirako!
Cihebe: sawaa.
Biheze KIRUNGO aritegura amanuka buja๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ธ๐ธ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ
Kurundi ruhande, i Gitega, turabona mubitaro icumba kimwe kirimwo abantu beshi baje gusuhuza umurwayi. Kumbe ni papa Kevin yararemvye.
Niho tubona Bose babaza uko yafashwe yamara ntanumwe yashobora kumenya ingwara papa Kevin yararwaye uretse KO ibihuha vyavuga KO bamubonye agomba gupfa munzu kuba Nadia.
Yamara turabona maman Kevin aganira na kevin
Kevin: maman papa none vyagenze gute?
Maman Kevin: je wombaza? Gusa na so je antera amakenga. Abantu Bose baguma baza kumbaza ngo nangwe irya nzu yaba Nadia mwarayiguze?
Kevin: u*i KO na Nadia yariyantumye ngo mbaze papa KO bahaguze?
Maman Kevin: sha je so wawe antera amakenga KO yashaka kuhabiba. We warigeze ubona tugura kirya kibanza? Kandi aravye nabi nibura rya maman Nadia azoribazwa. Nkubu kuba nadia yahaguye akavayo agomba gupfa gute?
Kevin: none vyagenze gute ngamere kurya?
Maman Kevin: je ndibaza KO Nadia nawe atoroshe.
Kevin: atoroshe gute?
Maman Kevin: je birancanga kuko nsinumva ico so wawe yari yagiye gukora kuba Nadia.
Kevin: reka turindire akire azovuga uko vyagenze. Kandi kuba Nadia ntanumwe ahaba.
Maman Nadia: ntanumwe nyene. Ico bikoze, so wawe nibaza KO yari yagiye kubavyonga. Bamutereye hanze baca baragenda!
Kevin: sha nihatari!
๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐๐๐๐๐๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐๐๐๐๐๐๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐๐๐๐๐๐น๐น๐๐๐๐๐
Kurundi ruhande turabona umusore Vincent arikumwe na Patrick!
Patrick: bite rero? Akazi naguhaye gute?
Vincent: ntu*i KO ntananirwa? Mpizonoti kuko gushikubu ah bรข Kentin baba ndahazi!
Patrick: uretse harya kuba kentine?
Vincent: egome. Raba umpe izo noti rero!
Patrick: inoti ntaramufata?
Vincent: none We womufata gute? Honyene ahantu batashe utipanze ntiwojayo. Mwishamba Kure!
Patrick: We reka nje kumubaya araha kuko nawe yovyungukiramwo. Reka nje kumugabo araho We nzokubwira. Tugifata Kentin We nzokuriha bikwiye!
Vincent: ariko ngaho ugomba undenganye?
Patrick: ndakurznganya gute? Reka ndabikore uko nyene We nzokubwira!
Vincent: sawa.
Niho tubona Patrick agenda kwa cihebe.
Yasanzeho Cihebe maze aramwakira!
Cihebe: ugenzwa namaki KO wantutse?
Patrick: nagututse ryari?
Cihebe: wewe siwe wavuze KO abarwanyi banje aribigonde?kandi harura abarwanyi maze kubura kubwawe!
Patric: basi Ubu nje kuguha Inkuru nziza!
Cihebe: iyahe nkurunziza? Ibaze abarwanyi banje Bose bane nimodoka bimaze kugenda kubwawe!
Patrick: none ucuguma umbwirivyo. Harya woharura ivyo maze kuguha ntamodoka zibiri zirimwo?
Cihebe: rekana nivyo ngaho mbwira rero!
Patrick: numva naratanze diri umwe Kentin nyanduruko yavyose baramenye aho aba!
Cihebe: barahamenye?
Patrick: egome.
Ako kanya babona รmile yinjiranye nicuki maze รmile aravuga ngo
Emile: boss nguyu uwo wantumye.
Cihebe: KIRUNGO niwewe?
KIRUNGO: nijewe mwigeme mwiza kwisi no mwijuru!
Cihebe: OK. Buramujanye mubandi bakindindiriye!
Emile aba ajanye KIRUNGO mucumba carimwo abagore nabakobwa beshiii.
Eeeh KIRUNGO aravuga ngo
KIRUNGO: Musore a-ha unzanye nikuberiki?
Emile: je ico twasana caheze. A-ha ntawigaba!
Yeee KIRUNGO biramucanga. Niko kubaza abo asanzeyo ngo
KIRUNGO: a-ha KO muraha?
Umumaman umwe azwi kwizina rya Suzanne aramwishura ngo
Suzanne: weho nihugishika. Abandi bo turiko tuhamara imyaka๐๐๐๐
KIRUNGO: jewe KIRUNGO mara imisi a-ha? None uyu mugabo ninde murimake?
Suzanne: sha womenya KO ntaranarubona rwanyaguhura na shetani!
KIRUNGO: je nabonye umengo nurukoko nukuri. Iyo mbimenya nsinaza. Ariko mwe humure je ndazi uko nzobigenza. Nibaza kunyaka Fone murahire murengwe katayo mwambonanye. Rekรฉ mwe mbakorere umuti murabe KO tutazova ngaha!
Nayo muri salon turabona Patrick abaza cihebe ngo
Patrick: bro urwo rwana ruje rumpasire i passe!
Ngo cihebe yumve ayo majambo y'a Patrick..................
Noneho karabaye. KIRUNGO ashobora guhindura ibintu kwa cihebe!
Mbega bizogenda gute?
Kora Jaime na partager uzobuwapbere mukubona suite .
KORESHA CODEPROMO ๐๐๐๐ LEONCETUTU
MAZE WIGERAGEREZE AMAHIRWE.
NYANDIKIRA KURI WATSAP MBIGUFASHE NIWABA UTABIZI(61252139)
BANDANYA URABA IYI FILM IMEZE NEZA๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐
https://youtu.be/VsJDid_usxo
07/04/2023
INEZA Y'URUKUNDO PART 43
๐๐๐๐๐๐๐ธ๐น๐ธ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐น๐น๐น๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ป๐ป๐ป๐๐๐๐ผ๐ผ๐ผ
Ywasize Nadia ariko araganira na maman kentine. Nadia abwira maman kentine kagiye kurushingana na maitre!
Nadia: yoo maman Kenti kandi rero nkuko mwamfashe nkumwana wanyu yavuze KO azozana ninkwano. Nimwe bavyeyi mfise
Ngo maman kentine avyumve arahimbarwa avuga ATI
Maman kentine: Nadia mwaravyizeko neza mubona birabereye KO mubana?
Nadia: je niwe yabi mpopojeje. Kandi ndamukunda PE nsinovyanka ngo bikunde.
Maman kentine: nanje nsinokubuza nukuri
Nadia: urakoze cane. Nzokumenyesha uko bimeze!
Maman kentine: sawa ntakibazo.
๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐๐๐๐๐๐๐๐๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐๐๐๐๐ป๐ป๐ป๐๐๐๐ธ๐ธ๐ธ๐น๐น๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ
Kurundi rihande turabona muganga yasimbiye kwa Patrick.
Patrick: muganga nawe baragukoreyeko?
Muganga: cane. Ahubwo rurya rugo nurwamajini
Patrick: amajini yahe? Ahubwo gusa umusi nakosoye abantu ntibazombaze.
Muganga: hewe. Umutama araha aja yankosora! Mama weeee wamengo numupira ariko arakina.
Patrick: reka kuntwenza sha!
Muganga: gusa je ndashaka gukorerako Chris
Patrick: musaza wa kentine?
Muganga: egome. Yarambeshe ndamuha amahera ngo ndonke
Rendez-vous y'a Nadia.
Patrick: hhh ariko nawe. Buruvuge KO wamusororeye bisanzwe. Uracatuma?
Muganga: gusa kukuntu nakubiswe, emwe mpaka amahera yanje yo azoyazira nsinkubesha.
Patrick: canke bazogukosore cane?
Muganga: oya sha
Ubu ngiye huhangana nabo
Patrick: aho ma. Joho amaso yanje rwi kentine rwarii ruyamenye
Muganga: pรดle sana kweri.
Patrick: nawe pรดle. Gusa nyene Kentin je ukuntu yansuzuguye nzoteba ndamufata. Nimba bizoba ngombwa KO ntanga vyose mpaka mfate Kentin nzovyemera!
Muganga: nihatari.
๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป
Kurundi ruhande turabona Nadia aganira na Keke!
Kentine: nana saaa? Mbwira sha ivyo bishasha. Maman numvise avuga kugiye gukora mariage ?
'Nadia: ego nyene!
Kentine: waoouh. Ugiye kuba mabuja?
Nadia: hhh oya reka. Keke urumva nyene ashaka tuje kugatumba turabe KO twofata abagizi bรข nabi barondera umuryango wacu!
Keke: sha kumwete wanyu, muzobafata. Nadia urazi impamvu navuze kugiye kuba mabuja?
Nadia: wapi
Keke: ehe, chr wanje aba kwa maitre. Ninkumuhungu wiwe. Donc uca wumva KO uzoba ukaze
Uri nka mabukwe๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐
Nadia: hhh oya reka. Vyobaho?
Keke: kandi vyabaye? Hama je naje sije nzobona ndabanye na Kentin wanje.
Nadia: namwe muzobana pe!
Keke: bizoba ari vyiza caneeee.
๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ
Kurundi ruhande, turabona maitre aganira na Kentin aribabiri.
Maitre: Kentin nagomba ndakumenyeshe KO nshaka kubana na Nadia. Kandi vuba cane
Kentin: yooo maitre nivyo? Muzoba hรฉ?
Maitre: tuzoba kugatumba iwabo kugira abagizi bรข nabi vyanke bikunda bafatwe
Kentin: none Nadia yaravyemeye?
Maitre: ntiyovyanka kuko turakundana cane.
Kentin: nukuri bizoba vyiza umuntu nuwotera intambwe.
Maitre: none rero wewe ndakugenye ngusigare urumu chef ngaha. Nivyo niwe muto muvya karatรฉ ariko mumigambi uruwambere. Rero uzosigara ngaha nka chef kandi ndizerako muzosigarana neza ikirindiro!
Kentin: maitre nukuri tuzogerageza
Maitre: sawa. Tuzoja turavugana kuri Fone.
Kentin: egome mon maitre!
๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐ธ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐๐๐๐๐
Kurundi ruhande, turabona Chris atashe avuye kukazi maze abantu atazi yumva bamufashe bamushirako minote.
Yagira ngarabaza abona naba police.
Chris: nakoze iki?
Police: uraja kumenya ivyo wakozz mugasho.
Chris: quoi? Mugasho kweri? Nakoziki koko?
Police: amahera yabandi wayagandaguye wibaza katakuyariha?
Chris: amahera yande? Je mbwire!
Police: Ingo urabisigurirayo sha.
Niho Chris baca bamufunga maze barndira igihe co kuburana.
๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐บ๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐น๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐๐๐๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐ผ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ผ๐ผ๐ผ๐บ๐บ๐ธ๐ธ๐ธ
Kurundi ruhande rero turabona Chris yambaye neza: ikoti ryiza ndetse nabamuherekeje bambaye neza
Bari kuba Nadia. Na Nadia yari yambaye neza cane
Niho maรฎtre yaheza arafata akajambo
Maitre: banyakubahwa mukoraniye aha reka mfate akanya ngo ngire ico nshikirije. Umuntu aravuka agakura agasaza agasubira iyo yavuye. Izo ntambwe rero umuntu agenda arahindura bimwe bimwe. None rero a-ha mumbonuku ntavyogenzuku mumigenzo yikirundi kuko nabwirizwa kuba mfaise abavyeyi ngo babinkorere ariko ntivyakunze KO mbagumana. Ariko ntaco bitwaye. None rero kubera KO murizantambwe umuntu acamwo harimwo ukurondera uwo mwubakana, nanje naje kumenyesha abaha KO nashimye umwana wabo ariwe Nadia. Kandi nkuko babizi uyu musi nyene bamfashe bamumpe dushogomange hariya igitega tubeyo . aka kabahasha nagashimwe kuyu muryango wamufashe neza. None mbaye ndashima uko akajambo kanje bakakira
Abaraho bakoma amashi!
Maze maman kentine aravuga ngo
Maman kentine: nukuri birampimbaye cane. Erega iryojambo rivuze Vyishi nacanecane KO niyushaka wari kumutwara atanumwe ubwiye. None rero turagushimiye kwiki ciyumviro cuko ushimira abamureze. Nukuri numwana mwiza cane kumutima no kumubiri. Muzogire amahirwe ndetse nabansi banyu bazobandureko. Agashimwe turagashimye nanje nkumuvyeyi ndabahezagiye!!!
Maman kentine akivuga ivyo, baja babonaaaa...........................
Hmmmm ubuse babonye iki?
Ubuse maitre ariha umuntu?
Nimuri part 44.
NAHA Lundi kuko ejo nzirirwa muri AFRIGFA TV KUGIRA PART 2 NIZINDI ZA FILM BIBONEKE.
please ntamvo yogusoma ukagenda udafyonze Jaime na partager. bikore rero.
https://youtu.be/VsJDid_usxo