Nijimbere Elie+257SV

Nijimbere Elie+257SV

Compartir

Información de contacto, mapa y direcciones, formulario de contacto, horario de apertura, servicios, puntuaciones, fotos, videos y anuncios de Nijimbere Elie+257SV, Deportes y ocio, Espagne, Barcelona.

30/05/2026
28/05/2026

🚨 BREAKING NEWS ⚽🔥
Nkuko bishikirizwa n'umunyamakuru akomeye cane Gerard Romero🔵🔵

Ngo ubunyene nyuma yaho basinyishirije Umukinyi wa Newcastle Gordon

Amakuru ahari ngo nukoJoan Laporta na Deco, Echevarría Andy Bara na Juanma Lopez ngo ubunyene bahejeje guhura, bariko bakora inama udasanzwe yukuntu bozana Julian Alvarez nawe atavyo gutevya

Bwabundi akanoti FC Barcelona kariho kwari ukwiyorobeka ubu muhuriye kwisoko na Fc Barcelone uba ufise amahirwe 30%kowoshobora kuyitwara Umukinyi transfer ya Gordon ntanumusi itwaye. Ngo nubu Bayern München ntiratahura ukwibintu bimeze 🤣

13/05/2026

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Ferdinand Ir Niyitanga, Utamuriza Solange, EL Tasla Nepo Ntawuhiganayo, Promice Bradley, Lams Shakur

11/05/2026

💙♥️Uku niko ibirori vy'ukwushimira La Liga🏆 umugwi wa FC Barcelona🥇🏅🏆🎤 waraye utahukanye utsinze umukeba wabo Real Madrid vyagenze 🎉🎊

10/05/2026

🔥♥️💙 Officiel igice ca mbere kikaba kirangiye muri El classico umugwi wa FC urimbere n'ibitsindo 2 ku 0 bwa Real Madrid.

Ibitsindo vya Rashford kuri coup-franc na Ferran Torres kuri Passe ya Olmo

Mubona igice ca kabiri kiza kugenda gute?

Photos from Nijimbere Elie+257SV's post 10/05/2026

♥️💙 Officiel Aba nibo bakinyi 11 umumenyereza Hansi Flick A FC Barcelona atanguje mu kibuga mu rukino rugira rubahuze na Real Madrid

10/05/2026

🤍🖤 TAYARI Aba nibo bakinyi 11 umumenyereza Alvaro Albeloa wa Real Madrid atanguje mu kibuga kuri El classico.

Mubona gute iyi liste?

Photos from Nijimbere Elie+257SV's post 10/05/2026

🤍🤎 Officiel urukino rwariko rurahuza WestHam na Arsenal FC rukaba rurangiye ku ntsinzi ya Arsenal y'igitsindo kimwe ca Alejandro Trossard, umubirigi ku 0 bwa WestHam.

Mumpera z'urukino WestHam atsinze igitsindo VAR iracanka bivuye kwikosa ryari rikorewe David Raya.

FT: WestHam🤎0_1🤍 Arsenal FC

Arsenal itera yegereza gutwara igikombe ca English Premier League ikaba usigaje inkino z'ibiri: Leeds na Crystal Palace.

Photos from Nijimbere Elie+257SV's post 10/05/2026

🔵🟣Barcelona na Real Madrid imirwi ikebana ng'ibi ivyo umwe wese arusha uwundi mumateka yoguhangana kwabo ibiharuro ntibibesha buriwese agira ico arusha uwundi mumateka yabo 👇👇

🏆 Real Madrid kubikombe biri Official irimbere : ibikombe 103

🇪🇺 Europe : nibo Bami bambere bahagaze kuri 15 Champions Leagues

Real Madrid barimbere kandi kugikombe ca Super Cup UEFA bafisemwo 6

🇪🇸 Laliga : nibo Bami bafise Laliga zigera kuri 36

⚽️ intsinzi iremeye yambere munkino za Official zabayeho Real Madrid itsinda Barcelona Score (11–1)

Urwego rwaba Fc Barcelona nabo barusha Real Madrid 🔵🔴🐐

Barcelona niwo mwami wa Espanye mubikombe vyose bikinirwa mubutaka bwa Espanye babiteranije

🏆 Nibo Bami ba Copa del Ray ibikombe 32 bafisemwo nitsinzi nyinshi 17 batsinze Real Madrid mwarino higanwa

🇪🇸 nibo Bami ba Super Cup Espanye ibikombe 16 Super Cup .

🇪🇺 iburaya barimbere ya Real Madrid kugikombe bita Cup Winners' Cups 4 ntikikibaho❌

👑 Nibo bambere bafise The GOAT mumateka yatsinze ibitsindo vyinhi muma Classico bagenda bahangana ni Lionel Messi.

Barça_ RMadrid nkino zose zabahuje nuku 🇪🇸🔥

👑 Real Madrid: itsinzi 80 ( ibitsindo 309 )
🏟️ Barcelona itsinzi 76 ( ibitsindo 310 )
🤝 banganije 35

Inkino 306 munkino ziri official zabahuje namahiganwa atakiriho Barcelona na Real Madrid! 🔥🥶

🔵🔴 intsinzi 130 kuri Barcelona
⚪️ intsinzi 112 kuri Real Madrid
🤝banganije 64

Dushizemwo inkino zabahuje ziri Officiel nizakivandimwe ibiharuro dutora nibi :

🏟️inkino 306 bakinye:
✅ intsinzi 130 kuri Barca
👑 intsinzi 112 kuri Real Madrid
🤝banganije 64

10/05/2026

♥️ FC BARCELONA na REAL MADRID munkino 10 ziheruka kubahuza muri La Liga uku niko ibiharuro vyifashe👉👉👉👉

FC Barcelona yatsinze inkino 6/10

Réal Madrid yatsinze inkino 4/10

Ntarukino na rumwe banganihe

¿Quieres que tu empresa sea el Gimnasio mas cotizado en Barcelona?

Haga clic aquí para reclamar su Entrada Patrocinada.

Localización

Categoría

Página web

Dirección


Espagne
Barcelona