06/06/2024
🚨 Amakuru dukesha bamwe mu bantu begereye umurwi wa police FC wo mu Rwanda nuko derrick mukombozi ibiganiro bigeze kure ni nyuma yo kurangiza amasezerano Yarafise mu murwi wa Namungo fc
Informations de contact, plan et itinéraire, formulaire de contact, heures d'ouverture, services, évaluations, photos, vidéos et annonces de Gab sports +257, Sports et loisirs, 66459347, Paris.
06/06/2024
🚨 Amakuru dukesha bamwe mu bantu begereye umurwi wa police FC wo mu Rwanda nuko derrick mukombozi ibiganiro bigeze kure ni nyuma yo kurangiza amasezerano Yarafise mu murwi wa Namungo fc
30/04/2024
🔴 Transfert. Amakuru ava mubegereye Uburongozi bwa kiyovu sport aremeza neza Ku mukinyi w umurundi🇧🇮kilongozi Richard ari mubiganiro n ikipe ya police FC yo muri Kenya 🇰🇪mbere KO boba barungitse ubusabe muri kiyovu sport bwa 40000$ Ndabibutsa ko kilongozi mbere yo kuja mu Rwanda yakinira Bumamuru fc
12/01/2024
⚽ Umukinyi nshimirimana david yaciye mu migwi nka vital o ,flambeau de l est ,mukura vs 🇷🇼,sofapaka 🇰🇪. Amakuru ava mu Rwanda nuko Yoba agiye gukinira umurwi wa Bugesera FC 🇷🇼
15/11/2023
🍎⚽ Haringingo Francis batazira mbaya inyuma yo kwirukanwa muri sofapaka🇰🇪 akaba agiye kuba umumenyereza wa bugesera wo mu gihugu 🇷🇼
23/08/2023
🔴umurwi nserukiragihugu wu Burundi mu bakobwa muri championnat d Afrique des nations muri volleyball yariko ibera Yaoundé muri Cameroun birangiye u Burundi butahukany ikibanza ca 11 . Aho ninyuma yaho u burundi butsinze Lesotho . Burundi 🇧🇮3-1 🇱🇸lesotho
22/08/2023
🔴umukinyi 🇧🇮 mbirizi Eric mumasaha ari mbere ashobora gusinya muri gasogi United inyuma yaho umutoza mushasha wa rayon sport atamufise mu migambi yiwe
02/08/2023
🔴umurwi nserukiragihugu wa handball wabatarenza imyaka 19 ntiyorohewe Kuko yatsinzwe n izinga rya Féroé Ku manota🇫🇴53-21🇧🇮yu Burundi 📂vyatumye umurwi nserukira gihugu wa handball ufata ikibanza ca nyuma mw itsinda H inyuma ya Iran 🇮🇷 na sueden🇸🇪 zo zanganije mu mukino wabahuje
01/08/2023
🔴nizigiyimana Karim nyuma yogusezeregwa mu mugwi wa gasogi United ✍️amakuru ava mu gihugu kibanyi cu Rwanda🇷🇼 nuko yoba agiye gukinira umugwi wa As Kigali
31/07/2023
🔴coach haringingo Francis na fiston Abdoul razak munzira iberekeza muri Kenya🇰🇪🇰🇪 mu mugwi wa sofapaka football club. ✍️Bivugwa ko bashobora gusinya umwaka 1 muriyi équipe
28/06/2023
📝umurwi wa Arsenal uri mu biganiro na ajax kugira babahe umukinyi wumu defenseur Julian timber. Mugihe ngo bokumvikana bashobora Ku mugura hagati ya 40 million na 45millon zama euro. Arsenal bjboneka ko mu mwaka uza izoba iri sérieux👌👌👌💪💪.
25/06/2023
🔴officiel!!! Nicolas jackson umukinyi wa villa Real yamaze gusinyira Chelsea FC kuyikinira gushika 2031 akaba aguzwe 37 millions zama euro