Akaravyo Express

Call Contact the business

Akaravyo Express Follow me plz
(2)

Nyuma y’uko Cristiano Ronaldo atangaje ko avuye mu mwiherero w’ikipe y’igihugu ya Portugal, umutoza Jorge Jesus na perez...
01/10/2026

Nyuma y’uko Cristiano Ronaldo atangaje ko avuye mu mwiherero w’ikipe y’igihugu ya Portugal, umutoza Jorge Jesus na perezida w’ishyirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Portugal bakurikiye Cristiano Ronaldo ku kibuga cy’indege kugira ngo bamubuze kuva mu mwiherero ariko arinda yurira indege bakimureba.

Cristiano Ronaldo yahise yerekeza i Madrid muri Spain aho yasanze umuryango we.

01/10/2026

Nigiki umukundira?

05/09/2026

Week-end Mood 💯

05/09/2026

Tumuhe angzhe ..../10?

05/09/2026

Umukobwa iyo atangiye kwigira vyinshi muhe réponse yihuta nkiyi🤣🤣🤣🤣

05/09/2026

Micky ukuri kwiwe ndagukanda cane vraiment ni umuntu iyo ariko avuga ikintu atary'umunwa💖

05/09/2026

Muture kano karirimbo chr wawe niyo ataguha amakofe ucunyandikira nkutemwo akantu🤣🤣🤣🤣

05/09/2026

Impapuro ya gusa Yama ikenewe igihe cose

05/09/2026

Umuririmvyi Big fizzo yaraye akuriye inkoni kugush*tsi abaririmvyi bugira ko bamurenze mbe ko mundirimbo yiwe harimwo wamudogo w'imatongo twebwe tuzi ko ari B face Mbe azohava amwishura? Canke ni vyabindi tuzi ko atamwana yishura ise muri 🤣 iryo Jambo ngo ntamwana yushura ise ndarikoresheje kumpamvu zuko B fizzo ariwe yatangiye gukora hit Kare , ikindi kibazo Mbe Big fizzo ko yakoze indirimbo aiko aha correction abandi baririmvyi twebwe nkimpanuro Yoba yaduhaye muri song yiwe nizihe????

📽️💣🔥 Iyindi BOMBE 💥 Sat-B 🇧🇮 Ft Axel Merryl 🇧🇯 Ngiyi Mponjo Yindirimbo  Yindi Bagiye Gushira Hanze 🔥🔥🔥 Ninde Azobakira? ...
02/09/2026

📽️💣🔥 Iyindi BOMBE 💥 Sat-B 🇧🇮 Ft Axel Merryl 🇧🇯 Ngiyi Mponjo Yindirimbo Yindi Bagiye Gushira Hanze 🔥🔥🔥 Ninde Azobakira? Kumengo Ama Hit Song 🔥 Aza Kutwica?....✍️🤔

Address

Singapore

Telephone

+27656714154

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Akaravyo Express posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Akaravyo Express:

Shortcuts

Share

Category