23/06/2022
🚨🎙️ Mané: “Ndumunyamahirwe cane kuko nshoboye gukina kumyanya 3 canke 4 mukibuga.
Igihe cose umumenyereza anyishimiye ntanshire kuri defense canke mw'igori iyindi myanya yose mba nishimiye kuyikinako kubw'iwe no kubw'umurwi."
(Source: FC Bayern München)
23/06/2022
🎤Zinedine zidane : "Fc Barcelona ibanza gukina ama passe 60 kugira ironke igitsindo ,ariko ivyo Toni Kroos abikora muri passe imwe gusa 😳"
22/06/2022
🛑🚨 VINICIUS JR niwe yisanze ku buyobozi, Gavi nawe aramukurikira.
Ikinyamakuru Transfert Market cashize Vini jr mu kibanza ca mbere mu bakinyi badugije cane agaciro mpuzamakungu ino saison turangije.
◼️1. Vinicius jr (+60M€) : 100M€ (Real Madrid)
◼️2. Gavi (+60M€) : 60M€ (Fc Barcelona)
◼️3. Diaz (+47M€) : 65M€ (Liverpool)
◼️4. Vlahovic (+45M€) : 85M€ (Juventus)
◼️ 5. Leao (+45M€) : 70M€ (AC Milan)
◼️6. Nkunku (+37M€) : 80M€ (RB Leipzig)
◼️7. Nunez (+35M€ : 55M€ (Liverpool)
◼️8. Danyuma (+35M€) : 50M€ (Villarreal)
◼️9. Tchouaméni (+30M€) : 60M€ (Real Madrid)
◼️10. Nunes (+30M€) : 35M€
22/06/2022
🚨😅Uburyo umukinyi Moise Kean yashoboye kubesha umuvyeyi wiwe kugira ash*tse inzozi ziwe zo gukina umupira w'amaguru 🤩 :
💬Moise agir'ati :" Mama wanje yipfuzako nja kw'ishure,ivyo nsinigeze ndabikunda kuko jewe n'ishure ntitwigeze tuba incuti nziza kurino si.
mukiringo c'umwaka,mama wanje yibazako nagiye kw'ishure ariko muvyukuri nsinigeze nja kw'ishure.
Mur'ico kiringo c'umwaka mama wanje yarongeye arampamagara ndaheza mubwira :"Ego,ego ntuhangayike ivyigwa ndabirembeje."😂
Nyuma y'aho nahise ntangura inkino zanje z'ambere nkubunyamwuga,mama wanje niko kumbona kumbonesha kure ariko ntiyigeze avyizera.
Nyuma y'urukino naramuhamagaye mubwira nti : 'Maman, uno mwaka wose nsinigeze nja kw'ishure ariko inkuru nziza ngufitiye n'uko wohagarika gukora ukaza tukabana hano i Turin'." ❤️
🤣Ubwo ntihari abandi babigenje nkuyu?
22/06/2022
🚨🇧🇷 Rodrygo's next big challenge is to become a starter at Real Madrid next season [Diario AS].
22/06/2022
🔘Transfer Paper Talk🔘
🗞️🗞️Nyuma Yo Gutanga Million £75 Barcelona Ikazanga Kuri Frenkie De Jong, Manchester United Iravuga Ko Kurizo Million Igiye Kwongeraho Myugariro Ndetse Akaba Na Kapiteni Wayo Harry Maguire
🗞️🗞️Nyuma Yo Kwohereza Ubusabe Bwa Mbere Kuri Raphinha Leeds United Ikabwanga Arsenal Yateguje Iyo Kipe Ko Igiye Kwohereza Ubwa 2 Bwisumbuye Kubwo Yari Yatanze Bwa 1
🗞️🗞️Arsenal Na Newcastle Ziri Gucungira Hafi Umunya Aspain Fabian Ruiz Ufite Amasezerano Azarangira Umwaka Utaha Aho Muri Napoli
🗞️🗞️Myugariro Wa Barcelona Gerard Pique Yabwiye Umuyobozi Wiyo Kipe Joan Laporta Ko Atiteguye Gusohoka Muriyo Kipe Kabone Nubwo Bagura Undi Mukinnyi Umurusha Kurinda Izamu
🗞️🗞️Everton, Leeds United Na Southmpton Zirikuniganira Muri Bus Imwe Zerekeza Muri Blackburn Kubaza Igiciro Cya Ben Diaz
🗞️🗞️Arsenal Ikomeje Ibiganiro Na Gabriel Jesus Wa Manchester City Ariko Nubwo Ibiganiro Birikuba The Gunners Ifite Ubwoba Bwuko Ishobora Ku Mubura Kuko Paris Saint Germain Na Tottenham Nazo Ziryamiye Amajanja
🗞️🗞️Manchester United Iri Kuvuga Ikananirwa Kugaragaza Ibikorwa Ku Isoko Irashaka Gusinyisha Umuzamu Wa Watford Daniel Bachmann Nk'Umufasha Wa David Degea Utagifite Imbaraga Nkizo Yahoranye Mbere
🗞️🗞️Nottingham Forest Na Fulham Zirashaka Gusinyisha Neco Williams Ufite Igiciro Cya Million £15 Aho Muri Liverpool
🗞️🗞️Henrikh Mkhitaryan Yakoze Ikizamini Cy'Ubuzima Uyu Munsi Muri Inter Milan Agiye Gusinya Amasezerano Y'Imyaka 2
🗞️🗞️Nice Irashaka Kubaza Chelsea Icyo Ishaka Kugira Ngo Isinyishe Umuzamu Wayo Kepa Arrizabalaga Ku Ntizanyo
🗞️🗞️Arsenal Yabwiye Gabriel Jesus Wa Manchester City Ko Niyemera Kuyerekezamo Izajya Imuhemba Umushahara Wa Million £16 Ku Mwaka Na Million £17 Mugihe Yaba Ahaye Arsenal Tike Ya Champions League
🗞️🗞️Dortmund Yamaze Kumvikana Na Ajax Gusinyisha Sebastien Haller Kuri Million £40 N'Amasezerano Azaba Afite Agaciro Ka Million £8 Ku Mwaka
🗞️🗞️Takumi Minamino Agiye Kwerekeza Muri Monaco Avuye Muri Liverpool Kuri Million £17 N'Amasezerano Y'Imyaka 5
🗞️🗞️Paris Saint Germain Yari Yumvikanye Na Porto Ko Igiye Gusinyisha Vitinha Kuri Million £40
👉Icyo Porto Idashaka Kumva Nuko Paris Saint Germain Ishaka Kubanza Kwishyura Igice Cyayo Mafaranga Ubwo Ni Million £20 Noneho Izindi Million £20 Zisigaye Ikazazishyura Mu Nyuma (Umwaka Utaha)
🗞️🗞️❌Chelsea Yanze Ku Musinyisha Kubera Imvune Ze Zahato Nahato
❌Paris Saint Germain Yanze Ku Musinyisha Kubera Imvune N'Umushahara We Uri Hejuru
❌Newcastle United Ikimara Kumva Ko Ibifi Binini Bikuyemo Akazo Karenge Nayo Yahise Ikunja Amajanja Yayo Ivuga Ko Itamushaka
✔️Kugeza Ubu Ntayindi Kipe Ishaka Gusinyisha Ousmane Dembele Uretse Barcelona Ishaka Ku Mwongera Amasezerano Mashya (Ibiganiro Birakomeje)
🗞️🗞️Ajax Amasterdam Yasinyishije Umutoza Mushya Alfred Schreuder Nk'Umusimbura Wa Erik Ten Hag Werekeje Muri Manchester United
🗞️🗞️Ibiganiro Hagati Ya Makipe Yombi Byarangiye Paris Saint Germain Igiye Gusinyisha Renato Sanchez Kuva Muri Lille Kuri Million £25
🗞️🗞️Barcelona Yamaze Gushyira Hanze Urutonde Rwa Bakinnyi Bayo Bari Ku Isoko:
💰Riqui Puig
💰Neto Murara
💰Samuel Umtiti
💰Óscar Miguenza
💰Clement Lenglet
💰Martin Braithwaite
🗞️🗞️Umuyobozi Mukuru Wa Bayern Munich Salihamidzc Yabwiye Barcelona Kugenda Gake Kuri Deal Ya Roberto Lewandwisk Kuko Agifite Amasezerano Muriyo Kipe Kandi Ko Bishoboka Ko Yakongera Andi Mashya
🗞️🗞️Ibicishije Ku Mbugankoranyambaga Zayo Bayern Munich Yatangaje Ndetse Inemeza Ko Isinyishije Sadio Mane Imukuye Muri Liverpool Kuri Million £42.5 N'Amasezerano Y'Imyaka 3
🗞️🗞️Manchester United Yavuze Ko Yiteguye Kuganira N'Ikipe Iyariyo Yose Izaza Yitwaje Million £20 Kuri Rutahizamu Wayo Anthony Martial Ariko Kugeza Ubu Nta Kipe Nimwe Iramubaza Kubera Umushahara We Uri Hejuru
🗞️🗞️Barcelona Yatangiye Ibiganiro Na Seville Byo Gusinyisha Myugariro Jules Koundé
🗞️🗞️Westham Iri Mubiganiro Na Chelsea Aho Ishaka Gusinyisha Armando Broja Ufite Agaciro Ka Million £30
🗞️🗞️PSV Eindhoven Yasinyishije Ki-Jana Hoever Imukuye Muri Wolves Ku Ntizanyo Y'Umwaka 1
🗞️🗞️Manchester United Yikuye Murugamba Rwo Gusinyisha Vitinha Wa Porto