Kayanza United

Kayanza United

Share

Fans Club

12/02/2026
10/02/2026

Abantu mwarihafi uyumutipe mwamubonye gt?? Vyukuri ibitsindo bine vyose yatsinze yarimukuri???

06/02/2026

Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Asha Amina

Photos from Kayanza United's post 08/07/2023

Inyuma yimyaka 11 umurwi wa APR Fc womugihugu kibanyi c'Urwanda udakinisha abanyamahanga,. Wasinyishije umurundi NSHIMIRIMANA Pitchou. Twobamenyeshako na Danny NDIKUMANA yahora Akira RUKINZO konawene yasinyishijwe na APR nyene. Tubipfurize amahirwe meshi.

Photos from Kayanza United's post 08/07/2023

VITALO FC 2 - 0 FLAMBEAU DU CENTRE.
Uko Niko urukino rwanyuma rwariko rwihiganwa ryitiriwe NKURUNZIZA cup rurangiye. Umukino waruryishe cne knd warimwo ubuhinga buhanitse.

Photos from Kayanza United's post 20/06/2023

Amwe mumasanamu yaranze urukino.

20/06/2023

Bimwe mubitsindo vyiza CNE abasore bacu batsinze Namibie

20/06/2023

Amashi meshi kuntamba zacu ziduhaye intsinzi imbere ya Namibie.
Burundi 3 - 1 Namibie.

Photos from Kayanza United's post 03/06/2023

Mumasaha make kuri stade Umuco harabera final y'Igikombe citiriwe UMUKURU W'IGIHUGU.
Aigle noir vs BUMAMURU.
Mugihugu kibanyi c'Urwanda naho bazoba bariko bakina Final y'Igikombe Camahro. Nahone twobibutsa APR FC izayaramaze gutwara igikombe ca championnat y'urwanda.
Ese Aigle noir Na rayons sport zirasohoka zitsinze!!! Ni mumasaha make.

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Nairobi?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Website

Address


Nairobi