10/02/2026
Prédiction du match Crystal Palace vs Burnley:
- Entre 2buts et 4buts dans le match
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from ALL News Our Football, Sports Team, KASANGULA, Chawama.
10/02/2026
Prédiction du match Crystal Palace vs Burnley:
- Entre 2buts et 4buts dans le match
02/12/2024
🥊 Ijambo GARETH BALE yashikirije k'umukimyi MOHAMED SALAH !!
📝 N'aho amasezerano afitaniye n'umugwi wa LIVERPOOL azohera inyuma y'ino saison , umukinyi MO.SALAH ntaco arabivugako.
Gareth Bale , uwahoze akinira TOTTENHAM na REAL MADRID yagize ico abivugako :
🎙 "Ndazi ko ari mugacerere kugira azokongerwe amafaranga menshi"
02/12/2024
🚨🚨 Hansi Flick: “Nta gukeka ko Szczesny ariko arakora neza cane mu myimenyerezo... ariko NTA mugambi wo guhindura umunyegori”.
« Iñaki Pena ni we afise ikibanza ca mbere ».
02/12/2024
🇪🇸😍👌🎙️ Antonio Rüdiger yaratangajwe cane n'impano umukinyi w'inyuma w'ikipe ya Castilla Raúl Asensio ku buryo yavuze ibi inyuma y'urukino bahuye na Getafe:
🎙️"Mbanje gushimira umugenzi wanje mushasha Asensio ariko akora igikorwa ciza iruhande yanje,' n'umunezero gukorana nawe.”
02/12/2024
🚨🚨✅ Jude Bellingham arahumuriza kuri IG inyuma yo gusohoka k'urukino bariko bakina na Getafe ati: "Ibipimo vyose ni vyiza, nditeguye ku musi wa gatatu. Mwarakoze ku butumwa bwanyu. 🤍"
02/12/2024
🔵👊🏻 Ubutumwa bwa Kyle Walker ku bakunzi ba Man City.
“Turazi ko ibikorwa vyacu vya vuba bitash*tse ku rugero twari twiteze, kandi turazi ko vyari bikomeye. Ariko twaciye muri izo ngorane mbere, turi kumwe, kandi tuzoca muri iyi na yo nyene. Ni ngombwa ko twese tuguma hamwe nk’umugwi umwe, nka Manchester City, muri iki gihe gikomeye.
Imfashanyo yanyu, haba mu bihe vyiza canke mu bihe bigoye, isobanura vyinshi kuri tebwe.
"Twaratwaye ibikombe mu mikino ya nyuma y'umwaka, kandi twakoze amateka mu kuronka amanota 100. Twerekanye incuro nyinshi ko dushobora gushika ku manota 100. urugamba, kandi tuzosubira kubigira ndabasezeraniye, tuzorwana gushika kw’iherezo nyene”.
#!!Fabrizio Romano!!
02/12/2024
🚨🚨Aston Villa ntarukimo na rumwe yashoboye gutsinda mu mikino 8 iheruka.
🤝 1-1 ku mugwi wa Bournemouth
❌ 2-1 n'ikipe ya Crystal Palace
❌ 4-1 ku mukino wa Tottenham
❌ 1-0 ku kibuga ca Bruges
❌ 2-0 ku mukino wa Liverpool
🤝 2-2 n'ikipe ya Crystal Palace
🤝 0-0 ku mukino wa Juventus
❌ 3-0 na Chelsea
Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Thomas Togba, Niyonkuru Anderson Junior, Egidologie Iradukunda
04/07/2023
🛑🚨AMAKURU KUBIJANYE N'UMUKINYI KYLIAN MBAPPÉ.
Insiguro kubijanye na Prime (Prime de fidélité) umugwi wa PSG wasinyiye umukinyi KYLIAN MBAPPÉ :
✅ Umugwi wa PSG ubwirizwa kwishura Mbappé Million 80M€ z'akarusho,kw'itarike 1/09. Atongereje amasezerano, PSG itegura kuca imugurisha.
▶️ Hamwe Mbappé ari we 🇫🇷 « yoshaka kuva muri PSG » bisigura ko ari we azoba ahagaritse ivyo bemeranyije na PSG ,ntazoba agihawe akarusho ka Millions 80M€ . 💸
▶️ Hamwe PSG « yoshira kw'isoko » Mbappé 🇫🇷 , PSG izobwirizwa kumuha prime yiwe bisigura ko ari yo izoba ihagaritse amasezerano. PSG izoca imuha Millions 80M€ za prime. 💸
✅ Ng'ivyo bimwe mubituma Mbappé 🇫🇷 ahakana,akavuga ko adashaka kugenda, PSG nayo ikirinda kuvuga ngo
✅Mbappé niyo mpavu avuga ko adashaka kuva muri PSG ,kuyikinira iyindi saison nivyo biri mu butumwa yandikiye umugwi wiwe wa PSG🇫🇷.
👉PSG nayo itanguye kurisohora ikavuga ko umusize kw'isoko izoca itakaza umukinyi,yongere imurihe prime ya Millions 80 basinye mu masezerano.💸
🔵Ng'ivyo ibituma KYLIAN MBAPPÉ atavuga ko ashaka kugenda.
🟤Ng'ivyo ibituma PSG itarikura mukanwa ngo ivuge ko igurisha KYLIAN MBAPPÉ.
⛔MBAPPÉ atongereje amasezerano,azoca agenda kubuntu mu mugwi yipfuza muri 2024.
⛔PSG iramugurisha ,iramugondoza yongere amaserano,canke iramureka azoyivemwo kubuntu muri 2024.
27/05/2023
⚪🚨SEVILLE itsinzwe na REAL MADRID 1-2 bayisanze kukibuga cayo.Ibitsindo uko ari bibiri vyatsinzwe na RODRIGO GOES.⚽⚽
RODRIGO akwije ibitsindo 19 n'imipira ivamwo ibitsindo 11 muri iyi saison mumugwi wa REAL MADRID ❤️🔥
27/05/2023
🆕💔EDEN HAZARD, ari kuntebe y'abasubirira abandi,naho Benzema na Vinicius Júnior bafise imvune.
Ancelotti yahisemwo gukinisha abakinyi 5 hagati,ntiyigeze aha HAZARD amahirwe yo gutangura urukino. ⚪️⛔️
Courtois; Lucas Vazquez, Militao, Alaba, Mendy ; Tchouaméni, Ceballos, Kroos, Modrić ; Valverde, Rodrygo.