Ntivyoroshe Nukuri
📷DR
Dudu Show 257
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Dudu Show 257, Sport & recreation, Solwezi zambia, Solwezi.
22/03/2026
Arsenal n'ibikombe wapi🙆🙆🙆🙆. Man City iyitwaye Carabao Cup. 👏👏👏
Butinze guca ngo ipimwe ⚖️⚖️⚖️
Arsenal 0-2 Man City
NICO O’REILLY ⚽⚽
Umupira Niki
20/03/2026
Happy EID MUBARAK to all fans of Manchester United
20/03/2026
“Igikombe ca AFCON kiri mu maboko meza” 😳🏆🤣
Ayo ni amwe mumajambo y'abakunzi b'umupira wa maguru muri Senegal bavuga ko igikombe ca Africa Cup of Nations kiri mu maboko y’abantu bizewe (aha ni abasirikare bari kumwe n’uwagitwaye), mu buryo bwo gusetsa no kwishimira intsinzi ya Senegal.
19/03/2026
AMAKURU MASHASHA: Patrice Motsepe, umukuru wa CAF, yavuze ati: “Turubahiriza kandi turubaha ingingo yafashwe ku rwego rwo hejuru.” 🌍
👉 Morocco yaremejweko ariyo yatahukanye igikombe ca AFCON 2025. 🏆🇲🇦
Wewe ukomeza kuvyakira gute nkumukunzi w'umupira w'amaguru
Source:
📷CAFTV
19/03/2026
Iyuvuze Africa nuko biba bimeze!
Nuko nabahakurya yumubumbe bayibona
📷BFM
15/02/2026
Nottingham Forest FC yatangaje ko yafashe umumenyereza mushasha, Vítor Pereira ku masezerano y’amezi 18, akaba ariwe umutoza wa kane w’iyi kipe muri shampiyona y’u Bwongereza muri iyi sizoni, nyuma yo gukuraho Sean Dyche. Forest ubu iri mu rugamba gokugwana kugirango ntisubire iyo yaje izananye.
Bakunzi bahire,akajambo kamwe kuri Forest,uyivuzekwiki?
inkomoko:TalkSport
After a Stade Intwari has been renovated and officially approved by FIFA, marking a major step forward for football in Burundi.
Thank you@ffb
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Culinary Team
Attire
Contact the business
Telephone
Website
Address
Solwezi Zambia
Solwezi